
Uburimyi n’ubworozi yabihagurukiye
Mu nama Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu, yagiranye n’abajejwe intwaro n’uburimyi batandukanye, kw’igenekerezo rya 22 Ntwarante
Mu nama Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu, yagiranye n’abajejwe intwaro n’uburimyi batandukanye, kw’igenekerezo rya 22 Ntwarante
Kuri uwu wa 21 Ntwarante, isi yose yarahimbaje umunsi mpuzamakungu wahariwe amashamba. Uyu
Ibihe vy’intureka n’isibe biratuma abantu batandukana, bakazimirana hagaca igihe kirekire atawuzi irengero ry’umwe wese mu
Burundi is among 8 top tantalum producing countries. In 2019, the exportation, by this country,
Imvubu yari imaze amezi yababa 2 mu kidengeri c’amazi kiri hafi y’imihana yo muri karitiye
Mu banyororo 148 barekuwe n’umushikiranganji w’ubutungane mw’ibohero rya Ngozi ku wa 20 Ntwarante 2023, 92
Virus ya Marburg ni yo ngwara itazwi yaheruka guhitana abantu bashika 5 mu gihugu ca
Ikigo kijewe kwegeranya umwimbu kikongera kikawubungabunga ANAGAESSA, kivuga ko kigiye gukosora utunenge twibonekeje mu
Urwaruka ruhurikiye mu murwi ICUMU rwaraye rushize ahabona ireresi nshasha yo mu bwoko bwa « Dessins
Hambavu y’uburimyi bw’umuceri urunani rw’amakoperative 9 yo muri zone Mubuga (Gitega) rukorera mu
Burundi abounds in large reserves of gold, 3Ts (tantalum – tin – tungsten) and various
Iduga ry’ibiciro vy’ibiribwa ryabaye umurengera ! Ni ngombwa ko reta ifata ingingo zo guhangana n’iki