B-NP Magazine

Category: Sport

LaLiga : FC Barcelone yaraye isubiriye gutsinda Real Madrid

Iyi ntsinzi yatumye umurwi FC Barcelone usanzwe uri kw’isonga uca usumvya Real Madrid amanuta 12. FC Barcelone yoba yaraye iteye intambwe...

Ligue des Champions : Man City yaraye ikubaguye Leipzig !

Bitandatu ku busa (6-0). Ni vyo bitsindo umurwi Man City wo mu Bwongereza waraye utsinze Leipzig yo mu Budagi, mu rukino rwo gusubiza,...

ChampionsLeague: Real Madrid yaraye yirahiye Liverpool

Mu rukino gw’umupira w’amaguru, iminota 90 itararangira ntawuba aramenya umurwi utahukana intsinzi. Vyaraye bibonetse aho Real...

Ornella – Cette étoile qui brille !

Médaillée d’or aux jeux de l’East Africa Community en 2018 et de bronze en championnat d’Afrique zone 3, Ornella Havyarimana...

Ntivyari bimenyerewe ko umugore ahagarikira umupira w’igikombe c’isi

  Abagore 36 ni bo batowe guhagarikira inkino z’igikombe c’isi c’abagabo ziriko zibera mu gihugu ca Qatar. Umwe muri bo,...

Qatar : Uko inkino z’igikombe c’isi zaraye zigenze

Habaye inkino zine. Igihe c’isaha zitandatu umugwi wa Cameroun wakinye na Suisse. Muri urwo rukino, ubu Suisse bwaronse igitsindo...

Uko inkino z’igikombe c’isi zaraye zigenze

Kuri uwu wa kabiri, imirwi imwe imwe yitwa ko ikomeye ntiyorohewe. Nk’umugwi wa Argentine urimwo igihangange Lionel Messi wakubiswe hasi...

Ibikorwa vyo kwubaka ikibuga intwari bigeze he ?

Inyuma y’ukwezi kumwe bitanguye, ibikorwa vyo kwubaka ikibuga “Intwari kiri mu gisagara ca Bujumbura bigeze ku bice biri hagati ya 15...

Uburundi bwakiriye isiganwa ryo ku makinga ry’abigeme ku rwego rwa Afrika

Mu gatondo ko kuri uwu wa mbere ni ho hatanguye iryo higanwa (2ème Tour Cyclistes International Féminin) mu gisagara ca Bujumbura....

Venuste Niyongabo : « Le Burundi doit investir dans le sport »

Un fonds spécifique permettrait d’avoir des sportifs et athlètes de haut niveau. Pour Venuste Niyongabo, professionnel de fond et...

« Le basketball n’est pas seulement un sport, mais un jeu »

Sport for Life Kazoza Academy, est une école de basketball qui a pour objectif d’apprendre aux enfants de 3 à 17 ans les notions...

“Mu buruhuko imisi yo kwimenyereza iba myinshi gusumba”

Abana barenga 100 ni bo bakurikiranwa n’ikigo « Centre de formation pépinière ». Ico na co cigisha abana bisumbuye na bato umupira...