B-NP Magazine

Category: Santé

Muyinga : nta ndwara iterwa n’umugera Marburg yahateye

Ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu buramenyesha ko ata ndwara iterwa n’umugera Marburg canke Ebola yateye mu ntara ya Muyinga....

Cankuzo : umuyagankuba ni ikibazo ku bitaro vy’akarere k’ubuvuzi ka Murore

    Ibitaro vy’akarere k’ubuvuzi ka Murore muri komine Gisagara  intara ya Cankuzo bifise ikibazo c’umuyagankuba. Haraheze...

Tanzaniya : Batanu bahitanywe n’ingwara itaramenyekana

Indwara itaramenyekana iramaze guhitana abantu batanu baba mu ntara ya Kagera, mu gihugu ca Tanzaniya. Abategetsi bo muri ico gihugu bavuga...

Inyama zizigiye canke zumishijwe amavuta gusa, ziri mu bitera kanseri

Gufungura inyama canke ifi zizigiye bishobora kuba inyanduruko y’indwara ya kanseri. Gilbert Nankwahafi, umuhinga mu bijanye no...

Kanseri ihitana abantu benshi kubera ubushobozi buke

Ubukene bw’abaganga banonosoye ibijanye n’indwara ya Kanseri, ibikoresho vyo kuyisuzuma; ni zimwe mu ntambamyi zituma iyo ndwara...

Burundi : Quid du traitement du Cancer?

Le manque d’équipements, insuffisance du personnel spécialisé, etc. sont quelques-uns des problèmes auquel fait face le traitement du...

Umwana yari yavukanye umutima wuguruye yaravuwe arakira!

Eliky Excellent Uwatwese ni we mwana aherutse kuvurwa arakira, naho yari yavukanye ubumuga bw’umutima. Ico kibondo c’umwaka  umwe...

Kuyambirana bifise akamaro kanini!

 Amakungu arahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe kuyambirana (Journée internationale des câlins) uko umwaka utashe, kuri buri wa 21...

Kwigisha ni guhozako

Abavyeyi bituye amavuriro gucandagisha abana barahabwa inyigisho zerekeye izindi ndwara zidahuye n’urucanco. Abakenyezi ni bo bazironka...

Bamwe mu baba mu Kinama ntibaramenya ko hateye “choléra”!

Bamwe mu banyagihugu baba bakongera bakarangurira imirimo yabo muri zone Kinama iri mu gisagara ca Bujumbura gushika ubu ntibazi ko ikiza...

Gatumba : Ntako batagira ngo birinde ikiza ca choléra

   Abokorera mu mazu y’ubuririro muri zone Gatumba bavuga ko bumvise akamo k’umushikiranganji w’amagara y’abantu ko...

XBB.1.5, ubwoko bushasha bwa covid 19 ?

  Muri iyi misi hariko haribonekeza kw’isi ubwoko bushasha bwa covid 19. Ubwo na bwo bitwa XBB.1.5. Ico kiza kirateye uruhagarara mu...