B-NP Magazine

Category: Femme

Akazi ko kumena amabuye si ak’abagabo gusa

Mu myaka iheze, kumena amabuye mu Burundi abatari bake babifata nk’akazi k’abagabo. Ariko ukwo imisi igenda ni ko ibintu bigenda...

« N’abakenyezi barafise uburenganzira bwo gutorana !»

 Kuri uwu wa mbere italiki 25 mukakaro, ikigo mu vyo giharanira harimwo agateka k’umukenyezi CDE (Centre for Development and Enterprises...

Gufungurira umwana no kumurera, igikwiye kuza imbere ni ikihe ?

Igenekerezo rya mbere Ruheshi, ni umunsi mpuzamakungu wahariwe abavyeyi. Ushitse mu gihe abavyeyi batakironka umwanya ukwiye wo kwitaho...

Boba bagiye gushigikirwa na bo ?

Kuri uwu wa 27 rusama, ubushikiranganji bw’ubudandaji bufadikanije n’umuryango w’ibihugu vya Buraya mu Burundi bwatanguje umugambi wo...

Abigeme basabwa kwijukira kwiga ibisata vy’ubuhinga  muri kaminuza

  Kuri uwu wa kane, ishirahamwe ry’abakenyezi bize ibijanye n’ubuhinga (OWSD-Burundi) bagize inama, kugira barabe aho umukenyezi...

Mariam Habimana: « Vyose ndabikesha ishirahamwe »

  Mariam Habimana, umudandaza w’ifu y’imyumbati mw’isoko yo mu Kinama, avuga ko uruhara rw’amashirahamwe ari ntangere...

Umukenyezi mwirimizi uwa 8 ntwarante awubona gute?

 Kuri uwu wa 8 ntwarante, BNP_Magazine yaragendeye abakenyezi birimizi bo kw’i Pera, zone Muyira, komine Kanyosha, intara ya Bujumbura....

Abagabo basabwa gushigikira abakenyezi

 Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, asaba abagabo gukomeza agatima abarundi bamanye ko gushigira umukenyezi muri...

Isabelle Rusuku : « Umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi, akaryo ko gukeburana »

Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe gucungera uruja n’uruza rw’abantu (OIM) ryarifatanije n’abateshejwe izabo n’imyuzurira y’amazi...

Umukenyezi, nkingi y’iterambere

Kuri uwu wa kabiri, Uburundi buzokwifatanya n’isi mu guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abagore. Kazoba ari akaryo ko kwihweza uruhara...

Kudesa si umwuga w’aba isilamu kazi gusa

  Abapfasoni bahurikiye mw’idini ry’aba isalamu bo mu ntara  ya Makamba  babicishije mw’ishirahamwe « Mukenyezi tuje hamwe »...

Bavuga ko ubuzima butera bwanka

Abakenyezi bakora akazi ko kunoba imise yavuye mu bigazi kw’iyengero ry’I Mugerama, komine Nyanza lac bavuga ko agahembo baronswa ataco...