B-NP Magazine

Category: Enfant

Hoba hagiye kuba akarusho ku bitigiri vy’abanyeshure baja kwiga i Buraya?

Umuyobozi wa Kaminuza y’Uburundi yashikirije ko yizeye ko ibitigiri vy’abanyeshure baja kwiga mu bihugu vya Buraya bigiye...

Autisme : ikibazo c’amagara y’abana kitabonwa kumwe

Talitha Koum ni ikigo kiri mu gisagara ca Bujumbura cishinze gukurikiranira hafi abana bafise ikibazo c’amagara kijanye no kurenza...

“Umurundi wese niyandikwe mu bitabo ndangamuntu”!

Kwandikisha abana bavutse n’ugufutisha abasandaba bituma reta yoroherwa no gutunganya imigambi y’iterambere, kuko haba hari ibiharuro...

“Mu buruhuko imisi yo kwimenyereza iba myinshi gusumba”

Abana barenga 100 ni bo bakurikiranwa n’ikigo « Centre de formation pépinière ». Ico na co cigisha abana bisumbuye na bato umupira...

Ikibazo c’abana bo mw’ibarabara n’abasega coba kigiye gutorerwa umuti?

  Kuva igenekerezo ry 21 Rusama, umushikiranganji w’imibano yahaye ikiringo kitarenga indwi zibiri abana bo mw’ibarabara hamwe...

Gufungurira umwana no kumurera, igikwiye kuza imbere ni ikihe ?

Igenekerezo rya mbere Ruheshi, ni umunsi mpuzamakungu wahariwe abavyeyi. Ushitse mu gihe abavyeyi batakironka umwanya ukwiye wo kwitaho...

Naho baba mw’ibarabara barafise impano zitandukanye

Harimwo abazi kuririmba, kubarira, guteka ariko ntibafise uburyo bwo kubiserura. Izo ngabire zibapfuyeko ubusa. Abenshi ni kubera bafata...

Ikibazo c’abana bo mw’ibarabara kiracagoye !

Ku wa 12 ndamukiza buri mwaka, amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe abana bo mw’ibarabara. Ushitse mu gihe mu Burundi...

Le numérique, une alternative aux fragilités de l’éducation

  La coalition Bafashebige a lancé un projet « Solution numérique au service de l’éducation de base au Burundi » ce 31 mars...

 Burundi : 7 000 enfants en situation de rue !

Le phénomène des enfants en situation devient de plus en plus inquiétant. Quelle est la situation actuelle au pays ? Pour en avoir le...