B-NP Magazine

Category: Education

Mu ntango y’umwaka w’ishure ntibiba vyoroshe ku bavyeyi no ku barezi

Kuri uwu wa mbere, italiki 13 nyakanga ni ho umwaka w’ishure wa 2021 ushira uwa 2022 watangura mu gihugu cose. B-NP Magazine yagendeye...

Umwaka w’ishure w’2021-2022 ushitse abavyeyi bakenye

  Abavyeyi bariko bagura ibikoresho vy’ishure bamenyesha ko amikoro yabo ari make. Ni mu gihe hasigaye imisi itarenga 3 ngo amashure...

DPE Mairie : Parents et élèves dans un imbroglio !

Les listes de placement des lauréats des classes de 9ème fondamentale en mairie de Bujumbura qui n’ont pas obtenu en moyenne 135/200 au...

Umwana arashobora kwigurira ibikoresho vy’ishure

Mu gihe muri iyi misi abavyeyi bahanzwe n’igurwa ry’ibikoresho vy’ishure vy’abana babo, umuvyeyi wa Pacifique Nishimwe yakoresheje...

Abadandaza barashima ibiciro vy’amakaye vyashinzwe na Reta

Amahera 1.200 y’amarundi kw’ikaye y’impapuro 100 ni co giciro cashinzwe mu gisagara ca Bujumbura n’umushikiranganji...

Mukaza : hatangujwe ibikorwa bizofasha abana bari mu buruhuko

Musitanteri wa komine Mukaza, Rénovat Sindayihebura, yatanguje kuri uwu wa mbere ibikorwa vyo gukurikirana abana bo muri iyo komine bari...

Burundi : Passation du concours national édition 2021, ce mardi

Dans tout le pays, plus de 90.000 candidats étaient attendus pour être repartis en 995 centres. Une équipe de BNP Media en a visité...

Ntibiborohera kuronka akazi

Benshi mu banyeshure baheza kaminuza mu Burundi ntibigikunda ko Reta ishoka ibaha akazi. Kugira bahangane n’ikibazo c’ubushomeri, hari...

Concours national 2020-2021 : Les candidats retroussent les manches

La passation du concours national édition 2020-2021 est prévue du 25 au 27 mai 2021. Les préparatifs vont bon train. L’Equipe BNP...

Ikirundi gihabwa ikibanza gito mu mashure !

Ururimi rw’ikirundi ntiruvugwa ku rugero ruhagije mu mashure. Mbere hamwe hamwe, abanyeshure ntibarekuriwe no kuvuga ikirundi iyo bari mu...

Prix littéraire Rumuri : 23 lauréats de la 3ème édition primés

Les cérémonies de remise de prix pour ces étudiants issus de différentes universités (publiques et privées), ont eu lieu ce jeudi. ...

Kaminuza zizohora zitangurira umwaka w’ishure rimwe

Reta y’Uburundi itegekanya ko kuva mu mwaka uza kaminuza zose, zaba iziyikukira canke izigenga, zoja ziratangurira umwaka w’ishure...

Open chat