B-NP Magazine

Category: Education

Kaminuza zisabwa gutora umuti w’ibibazo bihanze ikibano

Kuri uwu wa 28 ndamukiza habaye kwugurura icese umwaka w’ishure wa 2021 ushira uwa 2022 muri kaminuza zose ziri mu Burundi. Abategetsi,...

Le goût de la lecture en régression

Le 23 avril de chaque année, c’est la journée mondiale du livre et du droit d’auteur. Quelle situation dans des écoles en Mairie de...

Le programme d’éducation devrait tenir compte des besoins du marché

Les entreprises burundaises éprouvent des difficultés à trouver le personnel qui répond mieux aux besoins exprimés lors des...

Ikibazo c’abana bo mw’ibarabara kiracagoye !

Ku wa 12 ndamukiza buri mwaka, amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe abana bo mw’ibarabara. Ushitse mu gihe mu Burundi...

Les TIC, serait une panacée du système éducatif burundais

Les Technologies de l’Information et de la Communication pourraient relever les défis d’insuffisance de matériels pédagogiques du...

Le numérique, une alternative aux fragilités de l’éducation

  La coalition Bafashebige a lancé un projet « Solution numérique au service de l’éducation de base au Burundi » ce 31 mars...

Abigeme basabwa kwijukira kwiga ibisata vy’ubuhinga  muri kaminuza

  Kuri uwu wa kane, ishirahamwe ry’abakenyezi bize ibijanye n’ubuhinga (OWSD-Burundi) bagize inama, kugira barabe aho umukenyezi...

Lycée vugizo: Inyubakwa za yo zikeneye gusanurwa

  Inyubakwa n’ibikoresho vy’ishure ryisumbuye “Lycée Clarté Notre Dame de Vugizo” birashaje. Bikeneye gusanurwa kugira rishobore...

« Agakoni uzitwaza mu busaza ugaca ukiri muto »

Gukurikirana indero y’abana mu buruhuko biragora. Abavyeyi bamwe bamwe bahitamwo kubamenyereza kudandaza ngo bige kwironderera ubuzima...

Bakora neza gusumba ababona !

  Kw’ishure ry’uburaro « Lycée Kanura » riri muri komine Gihanga, intara ya Bubanza higa abanyeshure bagendana ubumuga bwo...

ECOFO Gakungwe: Kuva umwaka w’ishure utanguye ntibaronswa imfungurwa

    Guhagarika umugambi wo kugaburira abanyeshure kuri ECOFO Gakungwe iri muri komine Kabezi vyaragize inkurikizi. Abanyeshure...

“Uwuvunitse amenya gucumbagira”

  Abakobwa bamwe bamwe batwaye inda batifuje, bakiri mu mashure, bijukiye gukora imyuga ibafasha kubaho no kubeshaho abana babo....

Open chat