Category: Société
Ibimenyetso vy’uruja n’uruza ku mabarabara vyega ba nde?
B-NP MAGAZINEFeb 02, 2023Like
Amabarabara arafise ibimenyetso vyerekana inyifato y’abaricamwo ingene bokwigenza kugira birinde impanuka. Abenshi rero bibaza ko...
Amaligala yovyazwa umusaruro mu buryo burama
B-NP MAGAZINEFeb 01, 2023Like
Ku munsi wa mbere ku musase, igipolisi carafashe urwaruka n’abakuze bari barundanye mu gisagara ca Bujumbura aho bita kuri Bata no mu...
Imyaka myinshi ntiyamubujije gusubira kwishure !
B-NP MAGAZINEJan 31, 2023Like
Ku myaka 18 yiga mu wa kane, mw’ishure shingiro « Ecofo Ntahangwa », mu gisagara ca Bujumbura. Ni Kennedy Nihorimbere asanzwe ari...
Ubushikiranganji bujejwe inyubako bwakoresheje imiriyaridi 49 mu mezi 6 aheze
B-NP MAGAZINEJan 30, 2023Like
Kwubaka no gusubiramwo amabarabara, ibiraro, inyubako rusangi hamwe n’uburaro ni vyo vyaranguwe n’ubushikiranganji bw’inyubako....
Basaba ko bogabanirizwa ayo batanga
B-NP MAGAZINEJan 30, 2023Like
Bamwe mu basore bapanze mu makaritiye atandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura baridogera amashirahamwe atoza amahera y’imicafu kuri buri...
Abayobozi b’amashure badahemba abanyezamu baragabishwa
B-NP MAGAZINEJan 30, 2023Like
umushikiranganji w’indero, François Havyarimana, asaba abayobozi b’amashure baheraniye abanyezamu umushahara wabo kumenya iyo...
Umwana yari yavukanye umutima wuguruye yaravuwe arakira!
B-NP MAGAZINEJan 23, 2023Like
Eliky Excellent Uwatwese ni we mwana aherutse kuvurwa arakira, naho yari yavukanye ubumuga bw’umutima. Ico kibondo c’umwaka umwe...
Kuyambirana bifise akamaro kanini!
B-NP MAGAZINEJan 20, 2023Like
Amakungu arahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe kuyambirana (Journée internationale des câlins) uko umwaka utashe, kuri buri wa 21...
Kwigisha ni guhozako
B-NP MAGAZINEJan 20, 2023Like
Abavyeyi bituye amavuriro gucandagisha abana barahabwa inyigisho zerekeye izindi ndwara zidahuye n’urucanco. Abakenyezi ni bo bazironka...
N’abamenyeshamakuru barakorwako n’ubuzima buzimvye !
B-NP MAGAZINEJan 19, 2023Like
Kenshi abamenyeshamakuru baboneka canke bakumvikana bariko baravugira abandi banyagihugu. Mbega ivyabo vyo vyifashe gute ? Babayeho...
BBC yatanguje ihiganwa ry’agashimwe kitiriwe umunyeshamakuru « Dumor Award 2023 »
B-NP MAGAZINEJan 17, 2023Like
Ikinyamakuru c’abongereza BBC kiriko kirarondera umumenyeshamakuru akiri muto wo ku mugabane wa Afrika kizoha agashimwe kitiriwe Komla...
Commissariat Général des Migrations : « Ngo nta kirahinduka ! »
B-NP MAGAZINEJan 17, 2023Like
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Martin Ninteretse, yari yatanze icizere mu mpera z’umwaka w’2022 ko kuva mu ntango...