B-NP Magazine

Category: Sécurité

Somalia : abasirikare 10 b’Uburundi baraye baguye mu gitero ca Al-Shabab (reta)

Abasirikare 10 baritavye imana mu bucagucagu bwo kuri uwu wa kabiri, abandi 5 baraburwa irengero, 25 na bo barakomereka, mu gitero cagizwe...

Biyemeje gutuza imirwi irwanira mu buseruko bwa Kongo

  Inama y’abakuru b’ibihugu vy’akarere yabereye i Nairobi muri Kenya, kuri uwu wa kane, yashimikiye ahanini ku kibazo...

Nairobi : Abakuru b’ibihugu 4 mu nama y’umutekano

  Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, kuri uwu wa kane yafashe urugendo rumushikana mu gihugu ca Kenya. Yitavye inama...

Mairie: Imodoka zunguruza abantu zisigaye zibataburirako agashambara !

Naho hamaze gukorwa utwigoro dutandukanye mu vyo kwunguruza abantu n’ibintu mu gisagara ca Bujumbura, haracibonekeza agahaze muri ico...

L’opération « USALAMA » : résultats alarmants !

100 sortes de médicaments périmés ont été saisis dans différentes pharmacies lors de l’opération « USALAMA » qui s’est...

Open chat