Category: Femme
Patience ingabire : « Umwuga urakiza »
B-NP MAGAZINEJun 23, 2022Like
“Iyo amashure yanse, ngo ntiwokwihebura. Ahubwo ngo nyabuna woca wiga umwuga”. Bivugwa na Patience Ingabire, umwe mu bashikiwe...
Xaverine Nizigama : « tweho kuki ? »
B-NP MAGAZINEJun 23, 2022Like
Umwuga wo kwegeka nti ukiri uw’abagabo gusa. N’abigeme n’abakenyezi basigaye bawukora. kera ngo wari umuziro kuri bo. Bafatira...
Basaba gushigikirwa mu migambi bakora
B-NP MAGAZINEJun 21, 2022Like
Hasigaye iminsi 2 gusa kugira isi yose ihimbaze umunsi mpuzamakungu wahariwe abapfakazi. Uhimbazwa ku wa 23 Ruheshi, buri mwaka. Mbega...
Rumonge: Abakenyezi n’abigeme barijukiye gufuma
B-NP MAGAZINEMar 14, 2022Like
Utembereye mu gisagara ca Rumonge ubona abakenyezi n’abigeme batandandukanye bariko barafuma (kudesa) amashuka canke ibindi...
Abamenyeshamakuru b’abakenyezi basaba kwongerezwa
B-NP MAGAZINEMar 14, 2022Like
Ikibanza c’umukenyezi kiracari ku mirongo ine kw’ijana (40%) dufatiye ku kugene insamirizi n’ibimenyeshamakuru bimuha...
Koperative Bakenyezi Terimbere: “ibikorwa vy’iterambere twabigize ivyacu
B-NP MAGAZINEMar 08, 2022Like
Ivyari imagera vyarageruye! Umukenyezi ntagitungwa n’umugabo gusa. Akarorero ni abakenyezi bahurikiye muri «Koperative Bakenyezi...
Des serviettes hygiéniques réutilisables !
B-NP MAGAZINEJan 14, 2022Like
Vision-Terimbere Nawe (VI-TENA), une société qui produit des serviettes hygiéniques lavables. Son fondateur indique que ses...
Make up : métier en vogue
B-NP MAGAZINEJan 12, 2022Like
A Bujumbura, bon nombre de jeunes filles s’intéressent au maquillage professionnel. Celui-ci utilise tout un ensemble d’artifices....
Fabiola Mpawenimana: “nta kazi kahariwe abagabo gusa!”
B-NP MAGAZINEJan 10, 2022Like
Abantu benshi bamenyereye ko akazi ko gufasha kwubaka (aide – maçon ) gakorwa n’abagabo gusa. Kubera gasaba inguvu nyinshi....
Umukenyezi mwirimizi ni maboko igihumbi!
B-NP MAGAZINEOct 15, 2021Like
Uburundi bwifadikanije n’amakungu mu guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi w’umwirimizi. Mu gihe mwene abo bakenyezi...