B-NP Magazine

Category: Elevage

Silas Nimpagaritse : « Le rôle de l’abeille n’est pas que du miel »

Rencontre avec Frère Silas Nimpagaritse de la congrégation « Bene yozefu » de Giheta. Expert en apiculture. Il nous brosse...

Eric Vyumvuhore : « mon souhait, faire du lapin un domestique accessible partout au Burundi »

    L’élevage de lapins est moins exigeant. C’est ce qu’indique Eric Vyumvuhore, jeune entrepreneur qui a une expérience de 7 ans...

Que pensent-ils de la stabulation permanente ?

Certains agri-éleveurs pensent que la politique de stabulation permanente, en vigueur depuis le 4 octobre 2021, comporte plus...

« Nous travaillons jour et nuit pour vider la dette »

Les membres de la coopérative Sangwe de la colline Kibiri I, en commune de Gitega, travaillent d’arrache-pied pour rembourser un montant...

Umunezero ni wose ku bakunzi b’akanyama

Amasoko atandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura yasubiriye kwanda inyama kuri uwu wa gatatu. Ni mu gihe hari haheze hafi amezi abiri...

Burundi: “ONU” yaraye itanze umuriyoni w’amadolari mu guhangana n’inyonko yo mu kiyaya ca Rift!

Mw’ikete ryasohotse kuri uwu wa 20 mukakaro, ishirahamwe mpuzazamakungu (ONU) ribicishije mu gisata caryo co gutabara ahateye ibiza...

Akanyama k’inka, impene n’intama koba kagiye gusubira kuboneka ?

   Umushikiranganji w’intwaro yo hagati, Gervais Ndirakobuca, yaraye asavye abahinga bajejwe amagara y’ibitungwa gutorera urucanco...

Ibitungwa ni bikingirwe mu maguru masha !

  Kuri uwu wa kabiri habaye inama yahuje abo mu bushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi hamwe n’umushikiranganji w’intwaro yo...

Bazobaga imisi ine gusa !

Mu gihe kuri uwu wa gatandatu aba islam bazohimbaza umusi mukuru Idil Adha, amacuniro yasuburiye kwugurura kugira azobage akanyama...

Ibitungwa birenga 600 biramaze guhitanwa n’inyonko yo mu kiyaya ca Rift

 Inka 413, intama n’impene 214 ni zo zimaze gupfa zihitanywe n’inyonko yo mu kiyaya ca Rift. Vyashikirijwe n’umuyobozi mukuru ajejwe...

Bitera bikomera

Ubuyobozi bw’amacuniro y’i Bujumbura bwafashe ingingo yo kudasubira kubaga ibitungwa (impene, inka, intama) kuva kw’iri...

Burundi: akanyama k’inka, impene n’intama koba kagiye kwibagirwa?

    Kw’ibagiro ry’ibitungwa ry’i Bujumbura (Abattoir de Bujumbura), hatanguye kwibonekeza inkurikizi z’indwara y’inyonko yo...