B-NP Magazine

Category: Catastrophes naturelles

“Ubu turaryama tugasinzira”

Abanyagihugu baba ku nkegera z’ikiyaga Tanganyika barashima ko uwu mwaka amazi ataduze nk’uko vyagenze mu mwaka uheze. Bamwe...

Bujumbura: ibomoka ry’inkombe z’inzuzi ryoba rigiye gutorerwa umuti?

    Kuri uwu wa 22 ndamukiza, umurwi w’igihugu ujejwe gukinga isibe n’ibiza watunganije urugendo rwo kwihweza uko ukubomoka...

« Kuzitira utaronerwa »

Igisata kijejwe inyubako z’amabarabara carataguje ibikorwa vyo gusanura inkombe z’uruzi Kizingwe rugabura karatiye Nyabugete na...

Ntahangwa: ishure shingiro Mutanga-sud rirageramiwe!

    Ibihomoka vyimbwe n’uruzi Ntahangwa, ku ruhande rugabura ahari agasoko bita “kabasazi” ko muri karitiye Mutanga-Nord...

Gare du nord: Reta yakenyereye imyuzurira

Ikibazo c’imyuzurira ikunda gutera mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura cane cane kuri Gare du nord no mu micungararo yaho, reta...

Open chat