Category: Environnement
Buyenzi : Les habitants crient au secours!
B-NP MAGAZINEMay 04, 2022Like
L’eau noirâtre, nauséabonde qui descend du caniveau situé entre la première et la troisième avenue du quartier Buyenzi, se jetant...
“Ubu turaryama tugasinzira”
B-NP MAGAZINEApr 29, 2022Like
Abanyagihugu baba ku nkegera z’ikiyaga Tanganyika barashima ko uwu mwaka amazi ataduze nk’uko vyagenze mu mwaka uheze. Bamwe...
SOBUPRODIA: ishirahamwe ryiyemeje gushigikira uburimyi
B-NP MAGAZINEApr 27, 2022Like
Sobuprodia ni ishirahamwe rirangurira hanze y’Uburundi imbuto zirobanuye, imiti y’ibiterwa hamwe n’ibikoresho vyo kurima....
Bujumbura: ibomoka ry’inkombe z’inzuzi ryoba rigiye gutorerwa umuti?
B-NP MAGAZINEApr 22, 2022Like
Kuri uwu wa 22 ndamukiza, umurwi w’igihugu ujejwe gukinga isibe n’ibiza watunganije urugendo rwo kwihweza uko ukubomoka...
Yohani Bucumi: “Iyarara ryatubanye umurengera!”
B-NP MAGAZINEApr 22, 2022Like
Abanyagihugu baba mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura (Cibitoke, Ngagara) baridogera amashirahamwe atwara imyanda. Haheze indwi...
Mugoboka: Indwi zibiri zirarumanye ata mazi!
B-NP MAGAZINEApr 20, 2022Like
Abanyagihugu bo muri karitiye Mugoboka iri muri Mutanga Sud, mu gisagara ca Bujumbura, bamaze indwi zibiri batagira amazi! Bafise ubwoba...
Ibikorwa vyasubiye gutangura ku ruzi Kizingwe
B-NP MAGAZINEApr 13, 2022Like
Ibikorwa vyo gusanura inkombe z’uruzi Kizingwe rugabura ama karitiye ya Kanyosha na Nyabugete vyari bimaze indwi 2 vyarahagaze...
Amata: kuki abaranguzi badugije ibiciro ?
B-NP MAGAZINEMar 30, 2022Like
Mu kiganiro yagiraniye n’abamenyeshamakuru, umushikiranganji w’umutekano asigura ko bitumvikana ukuntu abadandaza amata bayaduza...
Akarusho karabonetse mw’isekeza rya mbere ryo kugura umwimbu w’intete z’ibigori
B-NP MAGAZINEMar 28, 2022Like
Amakori yababa imiriyaridi zibiri ni yo yavuye mw’isekeza rya mbere ryo kwegeranya no kugurira umwimbu w’intete z’ibigori...
Imiliyaridi zirenga 87 ni wo mutahe Reta izokoresha mw’isekeza ryo kwegeranya umwimbu
B-NP MAGAZINEMar 22, 2022Like
Ubushikiranganji bujejwe uburimyi bwaruguruye isekeza ryo kwegeranya no kugurira umwimbu w’umusesekara abenegihugu kuri uyu wa 21...
Igiti coba kigiye gutezurirwa?
B-NP MAGAZINEMar 18, 2022Like
Stove technology ni ishirahamwe rikora imbabura nini za kijambere, zikoresha amabuye ava mu bisigarira vy’ibirunga. Ngo zije...
Itongo ry’abapfuye riraba indimiro ?
B-NP MAGAZINEMar 18, 2022Like
Ikibanza gishinguwemwo abashengeye co ku mutumba Warubondo, zone Gatumba, intara ya Bujumbura cahindutse indimiro. Imisaraba ni yo...