B-NP Magazine

Category: Transport

Amagorwa ntasiga ayandi

  Ntivyakunze ko baja muri Serbie none n’amahera bari batanze ntibazoyaronka akwiye. Ni abanyagihugu bari baguze itike zo kuja muri...

Agakuru keza ku barangurira ibidandazwa hanze

  Ubwato bwo gutwara abantu n’ibintu bwakorewe mu Burundi bugiye gutangura gukora guhera mu ntango z’umwaka w’2023. Buzoca mu...

Bujumbura: abanyonga amapikipiki na tuk tuk bongewe isaha imwe yo gukora bwije

Mu nama ya bose yagiranye n’abanyagihugu bo muri komine Muha, Jimmy Hatungimana, umukuru w’igisagara ca Bujumbura, yongeye isaha imwe...

 Basaba ko ibiciro vyo kwiyunguruza vyosubizwa uko vyahoze!

Haraciye hafi indwi imwe ikibazo c’ibura ry’ibitoro cari kimaze amezi atari make cibonekeza mu gihugu gitorewe umuti. Ariko rero,...

Ntibabona uko bagiye kubikika!

Ku wa 18 myandagaro, umukuru w’igisagara ca Bujumbura yamenyesheje ko kugira ikibazo c’isabikanya ry’igitoro gitore umuti, ibikono...

Kuduga kw’ibiciro guterwa n’ikena ry’ibitoro.

Kuri uwu wa 12 myandagaro, ni ho Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka zakorana kugira zikurikirane icegeranyo c’ibikorwa vyaranguwe...

« Nta wokwanka iterambere ariko ico kwihutirwa ni igitoro ! »

Abashoferi bakorera ku gituro c’ahahora isoko ya Bujumbura barashima umuzo w’ama « bus » y’ishirahamwe « Van Transport »....

Imirongo yo ku bituro vy’ama “bus” ntikigira amasaha!

Kuva hasubiye kwibonekeza ubukene bw’ibitoro, ukwiyunguruza bisigaye ari akananira bahinga mu gisagara ca Bujumbura. Ku bituro...

Vyasubiye kubura !

    Guhera ejo, mu gisagara ca Bujumbura hasubiye kwibonekeza ubukene bw’imodoka zunguruza abantu baja ku buzi. Mu gitondo,...

« Zéro nids de poule » en ville de Bujumbura

L’Agence Routière du Burundi (ARB) déterminée à en finir avec les nids-de-poule. Ce mardi 12 juillet, elle a lancé, sous le haut...

Abagendesha imiduga barashima

Ikigo ca Reta kijejwe ibijanye n’amabarabara (ARB) catanguye kuzibira ibinogo mu mabarabara yo mu gisagara ca Bujumbura. Ni mu ntumbero...

Nta kitamenyerwa!

Haraciye amezi arenga atatu reta ishinze ingingo igena aho amakinga, amapikipiki, hamwe n’ama tuk tuk atarenga mu gisagara ca Bujumbura....