B-NP Magazine

Category: Journalisme

“Kuba abakirisu beza bizotuma muba n’abamenyeshamakuru beza”

 Kwirinda gutanga inkuru zica ivutu canke zidatohojwe neza hamwe no kudahengamira ku ruhande uru canke ruriya igihe batohoza amakuru biri...

Batanguye kuronswa amakarata mashasha abaranga

Izatumweko zose zimaze kuboneka, nta mumenyeshamakuru azoba yemerewe gukora ako kazi adafise ikarata imuranga. Itunganijwe ku buhinga bwa...

Jérémie Misago yoba agiye kuboneka?

Habonetse ireresi ku mbuga ngurukanabumenyi y’umumenyeshamakuru Jérémie Misago, uwari amaze hafi imisi itatu yaraburiwe irengero. Iyo...

Abamenyeshamakuru bagiye guhindurirwa ikarata ibaranga

Hagiye gutangwa ikarata nshasha iranga umumenyeshamakuru. Izoba itunganijwe ku buhinga bwa « numérique ». Abamenyeshamakuru bose...

Burundi : Le secteur médiatique beaucoup convoité

La croissance en effectif des médias burundais dépasse la capacité de monitoring du Conseil National de Communication (CNC). Néanmoins,...

Burundi : La star de la « Revue de presse » n’est plus

  Edmond Toyi, ancien journaliste de la radio Bonesha FM est mort, ce vendredi, des suites d’une longue maladie. Il était plus...

Abamenyeshamakuru b’abakenyezi basaba kwongerezwa

    Ikibanza c’umukenyezi kiracari ku mirongo ine kw’ijana (40%) dufatiye ku kugene insamirizi n’ibimenyeshamakuru bimuha...

Kumenyesha amakuru y’ubutunzi bifise uruhara runini kw’iterambere ry’igihugu

Ivyo ni bimwe mu vyayagiwe mu kiganiro ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru bakora inkuru z’ubutunzi (REJEBU) ryatunganije kuri uwu wa...