B-NP Magazine

Category: Gouvernance

Electricité : Quelles opportunités d’investissements ? 

Au Burundi, seuls 9 % de la population bénéficient d’un accès à l’électricité. On peut le lire dans le rapport sur développement...

Ni iyihe ntererano y’ibinyamakuru mu kurwanya ubukene ?

Gutanga amakuru atuma abanyamitahe bo hanze bayizana mu Burundi ni bimwe mu vyofasha. Ariko kugira bigende neza, hariho ibisabwa inzego...

OBR : Umwimbu wiyongereye, n’amatagisi ariyongera

 Umunsi wahariwe umutangakori mu Burundi, uzohimbazwa ku ncuro igira indwi kw’igenekerezo rya 6 kigarama 2022 mu ntara ya Muyinga. Jean...

Rusansuma  rwimirije ruzotwara imiriyaridi 75 z’amarundi

 Rusansuma rukuru  rw’abenegihugu, uburaro,uburimyi hamwe n’ubworozi ruzoba muri myandagaro na Nyakanga mu 2023. Bitegekanijwe ko...

Basabwa kuzigama ivyo baronkejwe!

 Abanyagihugu hamwe n’abajejwe intwaro bategerezwa kubandanya kubungabunga ibikorwa vyaranguwe n’umugambi “Nshigikira Naguke”....

Aimée Laurentine Kanyana : Umuhuza w’abarundi agira gatatu

    Yemejw n’inama nshingamateka, kuri uwu wa 17 munyonyo, ku majwi 109 kw’120. Iki kibanza yagihiganiye n’abandi bane. BNP...

“Abarundi baracabuze akameremere k’ubuziranenge”

Ubuziranenge bukwiye kuranga buri kintu cose gikorwa canke gihingurwa. Naho biri uko, benshi mu Barundi iyo kameremere ntibarayitahura....

Uburundi – Ububirigi : Imigenderanire ibandanya itsimbatazwa

Imigambi isanzwe ifashwe mu mugongo n’Ububirigi iriko irarangurwa mu Burundi izohera mu mwaka uza. Ariko hazoca hatangura iyindi....

Harakwiye gushirwaho imirwi yo gukurikirana iterambere ry’Uburundi

Ishirahamwe rihamagarira abarundi guhindura ingendo kugira bashike kw’iterambere rirama (PARCEM) rivuga ko ingorane z’ubutunzi ziri mu...

Le Burundi qui marche

Terre des Hommes vaillants. Nation qui ne cesse de se hisser ver le haut, voit ses immenses campagnes et vallées cultivées, tantôt à la...

Bizoherera he ?  

 Mu mpera z’indwi iheze, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarishikiye mu kibanza kirimwo imoteri za REGIDESO zimaze hafi imyaka...

“Uburundi bwosezera ubukene mu imyaka idashika na 25”

Kuri uwu wa 29 nyakanga, Ubushikiranganji bw’ikigega ca reta bwatunganije inama yo kurabira hamwe icokorwa kugira Uburundi busubire kuja...