Category: Entrepreneuriat
Buyenzi, karitiye ikorerwamwo vyose
B-NP MAGAZINEMay 06, 2022Like
Gukora imiduga yapfuye, kugorora no gusiga imiduga yagize amasanganya, guhingura ivyuma vyo kwubaka n’ibikoresho bitandukanye vya...
Baramaze kumenyera kwitunganiriza imigambi
B-NP MAGAZINEApr 25, 2022Like
I Bujumbura, hatanguye ihuriro ry’Urwaruka rwo ku mugabane wa Afrika, mu ntumbero ku kurabira hamwe aho rugejeje ibijanye no...
Gucungira amakinga ingenzi ni wo mwuga wiwe !
B-NP MAGAZINEApr 14, 2022Like
Joselyne Ndihokubwayo ni umukenyezi asigaranira amakinga n’amapikipiki abaja ku mirimo itandukanye mu gisagara ca Bujumbura....
Ngagara : Abadandaza ivyuma vyo gusubiriza baridoga !
B-NP MAGAZINEApr 14, 2022Like
Kuva aho Reta ifatiye ingingo yo kubuza ama tuk tuk, ama moto n’amakinga gushika mu bibanza bimwe bimwe vyo mu gisagara ca Bujumbura,...
Na bo nyene ubuzima bwarabahindukanye!
B-NP MAGAZINEApr 11, 2022Like
Abadandaza ivyuma vyo gusubiriza vy’amapikipiki, n’ama tuk tuk bakorera hagati mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko bakozweko n’ingingo...
Bagiye kuba aba nde?
B-NP MAGAZINEApr 11, 2022Like
Abafise inzu z’uburiro bwo kwivuna musase ku bituro vy’imiduga yunguruza abantu hagati mu gisagara ija mu makaritiye ya Gatumba,...
Ubwizigirwa ni bwo butuma umuntu atera imbere!
B-NP MAGAZINEApr 08, 2022Like
Martin Goragoza ni umugabo akiri muto atunzwe n’umwuga wo gukora ivyuma vyo mu buhinga bwa none bifise ibibazo. Arangurira imirimo yiwe...
Igiti coba kigiye gutezurirwa?
B-NP MAGAZINEMar 18, 2022Like
Stove technology ni ishirahamwe rikora imbabura nini za kijambere, zikoresha amabuye ava mu bisigarira vy’ibirunga. Ngo zije...
Rumonge: Abakenyezi n’abigeme barijukiye gufuma
B-NP MAGAZINEMar 14, 2022Like
Utembereye mu gisagara ca Rumonge ubona abakenyezi n’abigeme batandandukanye bariko barafuma (kudesa) amashuka canke ibindi...
Koperative Bakenyezi Terimbere: “ibikorwa vy’iterambere twabigize ivyacu
B-NP MAGAZINEMar 08, 2022Like
Ivyari imagera vyarageruye! Umukenyezi ntagitungwa n’umugabo gusa. Akarorero ni abakenyezi bahurikiye muri «Koperative Bakenyezi...
Nyanza lac: Waruzi ko bahingura akavinyu?
B-NP MAGAZINEMar 07, 2022Like
Umuvinyu witwa (Red wine), uhinguwe mu mizabibu ukorerwa i Nyanza urakunzwe muri ako karere. Coopérative les merveilles de Nyanza_lac...
Kuba umuhinga mu mwuga ntivyama bisaba amashure menshi!
B-NP MAGAZINEMar 04, 2022Like
Eric Ndikumana ni umuhinga mu vyo gushira amadari (plafonds) ya kijambere mu mazu . Amaze imyaka irenga 10 abikora. Yabitanguye agiheza...