B-NP Magazine

Category: Commerce

Bariteguriye kwubahiriza ingingo naho bitoroshe!

Ku wa 24 ntwarante, umukuru w’igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana, yategetse ko abadandaza bakorera mu mabarabara yaco bose...

Akarusho karabonetse mw’isekeza rya mbere ryo kugura umwimbu w’intete z’ibigori

  Amakori yababa imiriyaridi zibiri ni yo yavuye mw’isekeza rya mbere ryo kwegeranya no kugurira umwimbu w’intete z’ibigori...

Burundi : Politique Nationale d’Industrialisation, un nouveau-né dans le secteur commercial

  Une fois dans son histoire, le Burundi se dote d’une Politique Nationale d’Industrialisation depuis ce 24 mars 2022. La ministre du...

Burundi-Ouganda : Des opportunités réciproques

    Lors du forum des opérateurs économiques Burundo-Ougandais qui se tient à Bujumbura, ce 23 mars 2022, les Burundais révèlent...

Kinindo: Abadandaza n’abasumyi babuze ayo bacira n’ayo bamira!

  Inkurikizi z’ingingo yo guhagarika ivyuma bimwe bimwe vyugunguruza abantu n’ibintu mu gisagara ca Bujumbura zatanguye kwibonekeza....

Imiliyaridi zirenga 87 ni wo mutahe Reta izokoresha mw’isekeza ryo kwegeranya umwimbu

  Ubushikiranganji bujejwe uburimyi bwaruguruye isekeza ryo kwegeranya no kugurira umwimbu w’umusesekara abenegihugu kuri uyu wa 21...

Mariam Habimana: « Vyose ndabikesha ishirahamwe »

  Mariam Habimana, umudandaza w’ifu y’imyumbati mw’isoko yo mu Kinama, avuga ko uruhara rw’amashirahamwe ari ntangere...

Muyira : Saturubwato iratema igatongora 

   Ingwara y’imyumbati n’ibitoki « saturubwato », iramaze umwaka igiteye isibe mu mirima yo muri zone Muyira, komine...

 Batunzwe n’urudandazwa rw’amashurwe

    Urudandazwa rw’amashurwe n’ibikono aterekwamwo rukorerwa ku kiraro ,c’uruzi Ntahangwa, ca ruguru ruratunze abatari bake. Bamwe...

Kw’i Pera, ibiciro vyabaye ndanse!

  Iduzwa ry’ibiciro vy’ibitoro ryaragize ingaruka ku bidandazwa vya nkenerwa. Abanyagihugu, b’abirimizi, bo muri zone Muyira, komine...

Rumonge: umuceri usigaye ari imfungurwa y’abifise!

  Kw’isoko nkuru ya Rumonge, abaguzi baridoga ko ibiciro vy’umuceri bimaze igihe biri hejuru, ku buryo bibananira kuwusuma....

Rumonge : isukari bayibura bayibona!

Kw’isoko nkuru y’intara Rumonge, kuronka isukari naho nyene bisigaye bimeze nko kurondera umuzi w’ibuye. Ariko rero, bobo bafise...

Open chat