B-NP Magazine

Category: Commerce

Akeza karigura!

Françoise Kanyange (Mama Queen) ni umukenyezi umwe mu badandariza ivyamwa imbere ya « Jardin Public », mu gisagara ca Bujumbura. BNP...

Burundi: akanyama k’inka, impene n’intama koba kagiye kwibagirwa?

    Kw’ibagiro ry’ibitungwa ry’i Bujumbura (Abattoir de Bujumbura), hatanguye kwibonekeza inkurikizi z’indwara y’inyonko yo...

Burundi : Gusuma indagara bisigaye ari ibiharuro birebire !

    Ubukene bw’igitoro bwatumye ibifungurwa nka vyose biduga ibiciro mu masoko yo mu gisagara ca Bujumbura. Mw’isoko yo kuri...

Burundi : Où se limite le certificat délivré par BBN ?

  Les produits avec certification BBN (Bureau Burundais de Normalisation) peuvent-ils aller à l’étranger ? Sévérin...

Bujumbura : Ibiciro vy’amakara vyabaye ndase !

  Ingaruka zivuye ku bukene bw’igitoro mu gisagara ca Bujumbura zibandanya  zibonekeza. Ibiciro vy’amakara vyaraduze incuro zirenga...

Iduzwa ry’ibiciro « rirahagaritse umutima » abanyagisagara

Iduga ry’ibiciro vy’ibiribwa mu gisagara ca Bujumbura, ni imwe mu ngaruka z’ikena ry’ibitoro rimaze imisi rihanze igihugu....

Ngagara : Abadandaza ivyuma vyo gusubiriza baridoga !

Kuva aho Reta ifatiye ingingo yo kubuza ama tuk tuk, ama moto n’amakinga gushika mu bibanza bimwe bimwe vyo mu gisagara ca Bujumbura,...

Na bo nyene ubuzima bwarabahindukanye!

Abadandaza ivyuma vyo gusubiriza vy’amapikipiki, n’ama tuk tuk bakorera hagati mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko bakozweko n’ingingo...

Bagiye kuba aba nde?

Abafise inzu z’uburiro bwo kwivuna musase ku bituro vy’imiduga yunguruza abantu hagati mu gisagara ija mu makaritiye ya Gatumba,...

Vers une industrie compétitive et diversifiée

  La politique Nationale d’Industrialisation du Burundi (PNIB) et sa stratégie de mise en œuvre visent à combler les lacunes qui...

Amata: kuki abaranguzi badugije ibiciro ?

  Mu kiganiro yagiraniye n’abamenyeshamakuru, umushikiranganji w’umutekano asigura ko bitumvikana ukuntu abadandaza amata bayaduza...

Barumvise akamo batewe!

  Abahora badandariza mu mabararaba ari hagati mu gisagara ca Bujumbura barabihagaritse kuva mu gatondo ko kuri uwu wa 28 ntwarante....

Open chat