B-NP Magazine

Category: Commerce

Inama y’ubucuti mpa nguhe

Kungurana ubumenyi, kurwiza amahinguriro no guhanahana ibidandazwa ni bimwe mu nyungu zitezwe mw’ihuriro ry’abarwizatunga b’Abarundi...

Yoronka umutahe yogera kure

  Isoya zirahingurwamwo amavuta asangiye akamaro n’amahoke. Bukaba ubundi buryo bwo kuvyaza umusaruro umwimbu w’ico giterwa....

Bagiye gusama akayaga

Impome z’ikibanza kidandarizwamwo ifi n’indagara zumye co mw’isoko ryo muri zone Ngangara « kuri cotebu » zaradugijwe. Barahejeje...

Baracarindiriye ibibanza bemerewe mu masoko

Haraciye amezi atari make uburongozi bw’igisagara ca Bujumbura bwirukanye bamwe mu badandariza ivyamwa  n’imboga mu mabarabara ari...

Ibiciro vy’amakaye biracari akananirabahinga!

Ku wa 19 myandagaro, ishirahamwe rihingura amakaye PACOBU ryarashinze ibiciro ntarengwa yodandajweko muri uwu mwaka w’ishure w’2022...

Coton : Un portail de devises dans le viseur du gouvernement

Le Burundi s’est engagé à relancer la filière coton afin de répondre aux besoins de l’industrie textile locale, régionale et...

Que prévoit le nouveau code des investissements ?

  Le Burundi s’est doté d’un nouveau code des investissements le 17 juin 2021. Ce document qui remplace celui de 2008, fixe le...

Covid-19 : « Nous endurons les cicatrices »

  Les prix de différents produits ne cessent de monter en flèche depuis la pandémie de la covid-19. Pourtant, le pouvoir d’achat...

Ntibabona uko bagiye kubikika!

Ku wa 18 myandagaro, umukuru w’igisagara ca Bujumbura yamenyesheje ko kugira ikibazo c’isabikanya ry’igitoro gitore umuti, ibikono...

Gutera imbere birashoboka ukuye amaboko mu mpuzu !

Jean-Marie Manisha ni umwe mu rwaruka rwiyungunganya. Afise « Boutique » muri karitiye asiatike mu gisagara ca Bujumbura. Yiganiye...

Bimwe mu binyobwa vya Brarudi vyasubiye kuba umuzi w’ibuye!

Kuva hagati mu ndwi iheze, baba abica akanyota, abaranguza hamwe n’abarangura ntibaronka neza bimwe mu binyobwa bihingurwa...

Kuduga kw’ibiciro guterwa n’ikena ry’ibitoro.

Kuri uwu wa 12 myandagaro, ni ho Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka zakorana kugira zikurikirane icegeranyo c’ibikorwa vyaranguwe...