B-NP Magazine

Category: Banque

Amafaranga ntakwiye kubikwa mu mazu!

“Nta mahera akwiye kubikwa mu mazu canke mu mifuko y’abantu. Akwiye kubikwa mu mabanki, ni ho agirira akamaro benshi ”. Vyashikirijwe...

« Barifumbereje »

Abadandaza mu buhinga bwo kurungika no kwakira amahera « transfert et retrait d’argent » mu buryo bwa ecocash bw’umuhora...

Urugero rw’amahera y’agaciro yinjira mu Burundi rumaze gushika ku bice 529% mu mezi 2 !

 Inyuma  y’ukwezi kumwe ingingo yo guhanahana amahera y’agaciro ikibiriraho no kwugurura inzu ziyavunja ifashwe, ayinjira...

Umukuru w’igihugu aragabisha uwo wese anyuruza ubutunzi bw’igihugu

  « Abandandaza banyuruje amatunga y’igihugu basabwa kuyasubiza ». Vyashikirijwe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye...

BIJE: Abayitura bapfunyirijwe urugendo

   Huguruwe icese, kuri uwu wa 11 munyonyo, ishami ry’ibanki y’urwaruka “BIJE” mu gisagara ca Bujumbura. Rije gupfunyiriza...

“Umuntu ntakwiye kwitunganiriza imigambi kubera ishure ryamunaniye”

Pierre Claver Nduwumwami arongoye ikigo BBIN, gifasha kikongera kigaherekeza urwaruka mu bijanye no kwitunganiriza imigambi hamwe no...

Amashirahamwe yo kuguranana hari ivyo adafitiye uburenganzira!

Kuba abanyagihugu bijukiye “ibirimba” hamwe n’uko amwe mu mashirahamwe babihanahaniramwo asigaye akora n’ivyo adafitiye...

BGF, une facilité des transactions

La BGF (Banque de Gestion et de Financement) accompagne les opérateurs économiques. Son partenariat avec la ZES facilite les...