B-NP Magazine

Category: Economie

“Uburundi bwosezera ubukene mu imyaka idashika na 25”

Kuri uwu wa 29 nyakanga, Ubushikiranganji bw’ikigega ca reta bwatunganije inama yo kurabira hamwe icokorwa kugira Uburundi busubire kuja...

Inama y’ubucuti mpa nguhe

Kungurana ubumenyi, kurwiza amahinguriro no guhanahana ibidandazwa ni bimwe mu nyungu zitezwe mw’ihuriro ry’abarwizatunga b’Abarundi...

Yoronka umutahe yogera kure

  Isoya zirahingurwamwo amavuta asangiye akamaro n’amahoke. Bukaba ubundi buryo bwo kuvyaza umusaruro umwimbu w’ico giterwa....

Ihuriro EARTE rigeze ku musi wa ryo wa kane

Kuva kuri uwu wa 23 nyakanga, mu kibanza ca cercle Hippique mu gisagara ca Bujumbura  hariko haraba ihuriro ry’ivyo guteza imbere...

ONU : Ihuriro ridasanzwe rigira 77

    Menya bimwe mu biri mw’ijambo umukuru w’igihugu, Evariste Ndayishimiye, yaraye ashikirije mu nama igira 77...

Bagiye gusama akayaga

Impome z’ikibanza kidandarizwamwo ifi n’indagara zumye co mw’isoko ryo muri zone Ngangara « kuri cotebu » zaradugijwe. Barahejeje...

Baracarindiriye ibibanza bemerewe mu masoko

Haraciye amezi atari make uburongozi bw’igisagara ca Bujumbura bwirukanye bamwe mu badandariza ivyamwa  n’imboga mu mabarabara ari...

Uruganda FOMI rusabwa kworohereza umurimyi

 Kuri uwu wa 19, Sanctus Niragira, umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi , ari kumwe na mugenziwe arongoye ubushikiranganji...

Abamenyeshamakuru bagiye guhindurirwa ikarata ibaranga

Hagiye gutangwa ikarata nshasha iranga umumenyeshamakuru. Izoba itunganijwe ku buhinga bwa « numérique ». Abamenyeshamakuru bose...

Ibiciro vy’amakaye biracari akananirabahinga!

Ku wa 19 myandagaro, ishirahamwe rihingura amakaye PACOBU ryarashinze ibiciro ntarengwa yodandajweko muri uwu mwaka w’ishure w’2022...

Ba musitanteri basabwa kwitaho kuruta ibibazo vy’abenegihugu

Kuri uwu wa 13 nyakanga ni ho haba ukubisikanya hagati ya Martin Niteretse, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu aherutse...

Coton : Un portail de devises dans le viseur du gouvernement

Le Burundi s’est engagé à relancer la filière coton afin de répondre aux besoins de l’industrie textile locale, régionale et...