Category: Infrastructure
Ibarabara ryitiriwe Lieutenant Général Adolphe Nshimirimana rigeze habi !
B-NP MAGAZINEMay 06, 2022Like
Iryo barabara riri muri komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura riramaze imyaka itari mike ritanguye kubomagurika, ubu rikaba...
Buyenzi: ubukene bw’ibitoro bwaragize ingaruka kw’isanurwa ry’amabarabara
B-NP MAGAZINEMay 05, 2022Like
Abajejwe ibikorwa vyo gusanura amabarabara ya 16, 19, 22 na 24 yo muri zone Buyenzi bavuga ko bitazoherera ku gihe cari gitegekanijwe....
Buyenzi : Les habitants crient au secours!
B-NP MAGAZINEMay 04, 2022Like
L’eau noirâtre, nauséabonde qui descend du caniveau situé entre la première et la troisième avenue du quartier Buyenzi, se jetant...
Ibikorwa vyasubiye gutangura ku ruzi Kizingwe
B-NP MAGAZINEApr 13, 2022Like
Ibikorwa vyo gusanura inkombe z’uruzi Kizingwe rugabura ama karitiye ya Kanyosha na Nyabugete vyari bimaze indwi 2 vyarahagaze...
Buyenzi: Ababa kw’ibarabara rya 19 bariruhutsa
B-NP MAGAZINEMar 23, 2022Like
Ibarabara rya 19 ryo muri zone Buyenzi ririko rirasanurwa. Abanyagihugu begereye iryo barabara barishimiye ivyo bikorwa....
Kabondo : Habuze iki ngo ibarabara Ririkumutima riziburwe ?
B-NP MAGAZINEMar 17, 2022Like
Ibarabara ryitwa « Ririkumutima » ryo muri karatiye Kabondo ryuzuye ibidengeri vy’amazi n’urushanga. Ryaramezemwo ishamba....
Basaba ko ryokoresha inzira imwe
B-NP MAGAZINEMar 16, 2022Like
Amasanganya aguma yisubiriza mw’ ibarabara ryitiriwe uwa 28 nyakanga ryo muri komine Mukaza, zone Rohero, mu gisagara ca...
Kayogoro : Barindiranye igishika ibarabara rishasha
B-NP MAGAZINEMar 14, 2022Like
Abarundi bakora urudandazwa njabukambibe, baciye muri komine Kayogoro binjira muri Tanzaniya basaba ko ibikorwa vyo gukora ibarabara...
Kubaka ikiraro RN7 bigeze ku ntambwe ishimishije
B-NP MAGAZINEMar 01, 2022Like
Ibikorwa vyo gusanura ikiraro c’ibarabara ry’igihugu nomero 7 (RN7) gihuza karatiye Musaga na Kamesa mu gisagara ca Bujumbura,...
Bariruhutsa
B-NP MAGAZINEFeb 24, 2022Like
Ni abanyagihugu baba muri karatiye #Nyabagere, zone #Kamenge, komine #Ntahangwa. Ni mu gihe baheruka kwubakirwa umugende wahora ubononera...
Ntibagira ayo bacira n’ayo bamira
B-NP MAGAZINEFeb 22, 2022Like
Ikiraro co ku ruzi Murago gihuza intara ya Bujumbura n’iya Bubanza muri Rubirizi carabomotse kuri uwu w’Imana. Vyatewe n’imvura ikaze...
Galerie Mandela : igice cayo catokombeye !
B-NP MAGAZINEJan 24, 2022Like
Inzu yo kudandarizamwo bita Galerie Mandela iri mu gisagara ca Bujumbura, kw’ibarabara ryitiriwe « Boulevard de l’Uprona »,...