B-NP Magazine

Category: Energie

Kayanza: amahera ava mu butare aja he?

Umukuru w’igihugu yagiriza abimba ubutare mu ntara ya Kayanza kunyonyeza amafaranga ava muri bwo. Yabimenyesheje kuri uwu wa 03 kigarama....

Ikibazo c’ihindagurika ry’ikirere kizotorerwa umuti gute?

Kuva ku wa 06 munyonyo hariko harabera mu gihugu ca Misiri inama yama iba buri mwaka igira 27 yo kurabira hamwe icokorwa kugira ikibazo...

“Kugurisha nabi ubutare birongereza ubukene bw’ibihugu vya Afrika”

Léonce Ndikumana, umwigisha w’umurundi kuri kaminuza y’i Massachussetts asigura ko kuba ibihugu vya afrika (harimwo n’Uburundi)...

Burundi : Amasoko ntanganguvu yoba agiye kugwizwa ?

  Ku ncuro ya mbere, mu Burundi hatangujwe, kuri uwu wa 4 gitugutu, ihimbazwa ry’umusi wahariwe kuronka amasoko ntanganguvu mu...

Kuki urugomero rw’umuyagankuba rwokwata imigaga rutaraheza kwubakwa?

Kuri uwu wa 26 nyakanga, umushikiranganji wa mbere yagendeye atateguje ahariko hubakwa  urugomero rw’umuyagankuba ku ruzi Jiji-Murembwe....

Energie : Atteindre 245 MW à l’horizon 2026 !

Le gap énergétique limite le Burundi à exploiter ses potentialités économiques. Moins de 10 % de la population ont accès à...

Ntibabona uko bagiye kubikika!

Ku wa 18 myandagaro, umukuru w’igisagara ca Bujumbura yamenyesheje ko kugira ikibazo c’isabikanya ry’igitoro gitore umuti, ibikono...

D’ici décembre l’énergie sera stable!

15 MW de la centrale hydroélectrique de Ruzibazi (commune de Rumonge) sont déjà fonctionnels depuis le 1er Juillet. Selon le directeur...

Jean-Claude Hakizimana : « bateri y’imodoka ipfuye nt’uca uta »

Amabateri y’imodoka yapfuye ngo birashoboka ko asubizwa ubuzima, maze agasubira gukora ukuri kwamye. Ivyo bisigurwa na Jean-Claude...

Hemejwe itegeko rigenga gukoresha inguvu za nikleyeri

Inama nshingamateka yo mu Burundi yemeje, kuri uwu wa kane, ibwirizwa rigenga ikoreshwa ry’inguvu za nikleyeri (Loi nucléaire. Ryatowe...

Naho basa n’abatwengeje barahangayitse!

Mu gisagara ca Bujumbura, biraharawe kubona abantu bagendana amatangi (reservoir) y’amapikipiki ajamwo igitoro. Naho benshi mu babaraba...

Jiji-Mulembwe : une réponse au déficit électrique burundais ?

Le Premier Ministre CPG Alain Guillaume Bunyoni a visité, ce mardi 15 juin, le barrage Hydroélectrique JIJI-MULEMBWE en cours de...