Category: Développement
Ibarabara ryitiriwe Lieutenant Général Adolphe Nshimirimana rigeze habi !
B-NP MAGAZINEMay 06, 2022Like
Iryo barabara riri muri komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura riramaze imyaka itari mike ritanguye kubomagurika, ubu rikaba...
Buyenzi: ubukene bw’ibitoro bwaragize ingaruka kw’isanurwa ry’amabarabara
B-NP MAGAZINEMay 05, 2022Like
Abajejwe ibikorwa vyo gusanura amabarabara ya 16, 19, 22 na 24 yo muri zone Buyenzi bavuga ko bitazoherera ku gihe cari gitegekanijwe....
Buyenzi : Les habitants crient au secours!
B-NP MAGAZINEMay 04, 2022Like
L’eau noirâtre, nauséabonde qui descend du caniveau situé entre la première et la troisième avenue du quartier Buyenzi, se jetant...
Naho basa n’abatwengeje barahangayitse!
B-NP MAGAZINEApr 18, 2022Like
Mu gisagara ca Bujumbura, biraharawe kubona abantu bagendana amatangi (reservoir) y’amapikipiki ajamwo igitoro. Naho benshi mu babaraba...
Gucungira amakinga ingenzi ni wo mwuga wiwe !
B-NP MAGAZINEApr 14, 2022Like
Joselyne Ndihokubwayo ni umukenyezi asigaranira amakinga n’amapikipiki abaja ku mirimo itandukanye mu gisagara ca Bujumbura....
Ibikorwa vyasubiye gutangura ku ruzi Kizingwe
B-NP MAGAZINEApr 13, 2022Like
Ibikorwa vyo gusanura inkombe z’uruzi Kizingwe rugabura ama karitiye ya Kanyosha na Nyabugete vyari bimaze indwi 2 vyarahagaze...
Les TIC, serait une panacée du système éducatif burundais
B-NP MAGAZINEApr 11, 2022Like
Les Technologies de l’Information et de la Communication pourraient relever les défis d’insuffisance de matériels pédagogiques du...
Le numérique, une alternative aux fragilités de l’éducation
B-NP MAGAZINEMar 31, 2022Like
La coalition Bafashebige a lancé un projet « Solution numérique au service de l’éducation de base au Burundi » ce 31 mars...
Abigeme basabwa kwijukira kwiga ibisata vy’ubuhinga muri kaminuza
B-NP MAGAZINEMar 31, 2022Like
Kuri uwu wa kane, ishirahamwe ry’abakenyezi bize ibijanye n’ubuhinga (OWSD-Burundi) bagize inama, kugira barabe aho umukenyezi...
Buyenzi: Ababa kw’ibarabara rya 19 bariruhutsa
B-NP MAGAZINEMar 23, 2022Like
Ibarabara rya 19 ryo muri zone Buyenzi ririko rirasanurwa. Abanyagihugu begereye iryo barabara barishimiye ivyo bikorwa....
Kabondo : Habuze iki ngo ibarabara Ririkumutima riziburwe ?
B-NP MAGAZINEMar 17, 2022Like
Ibarabara ryitwa « Ririkumutima » ryo muri karatiye Kabondo ryuzuye ibidengeri vy’amazi n’urushanga. Ryaramezemwo ishamba....
Basaba ko ryokoresha inzira imwe
B-NP MAGAZINEMar 16, 2022Like
Amasanganya aguma yisubiriza mw’ ibarabara ryitiriwe uwa 28 nyakanga ryo muri komine Mukaza, zone Rohero, mu gisagara ca...