B-NP Magazine

Category: EAC

RD Congo : Inama nshingamateka iranegura igisirikare c’akarere

Inama nshingamateka ya RD Congo ibona ko inteko z’umuryango wa Afrika y’ubuseruko ziriko zirajanwa mu buseruko bw’ico gihugu...

Burundi – Rwanda : Ibimenyetso vyo gutsimbataza imigenderanire biguma birwira

Umurwi w’abajejwe intwaro bo mu ntara za kayanza na Ngozi baragendeye kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ruhuhuma akarere ka Huye...

Muri RD Congo ibintu biracameze nabi

N’aho abakuru b’ibihugu vy’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko (EAC) baguma bafata ingingo zijanye no kurondera ihagarikwa...

Bamwe bati « umuhungu wa Museveni ubu ho vyabuze » !

 Kuri uwu wa gatatu, Muhoozi Kainerugaba, umuhungu wa Perezida w’Ubuganda, yanditse ku mbuga ngurukana bumenyi ubutumwa buvuga buti :...

Basubira guhurira i Nairobi kugira bige ingorane ya DR Congo

Ku ncuro igira gatatu, abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko (EAC) bahurira ku murwa mukuru wa Kenya. Baja kwigira...

M23 ivuga ko itarota irekura uturere yafashe

Uno musi isaha 12 z’umugoroba ni ho ikiringo co kuva mu turere urimwo umuhari M23 wahawe n’abakuru b’ibihugu vya EAC gihera. Ariko...

Umuhari M23 utegekwa gushira ibirwanisho hasi

 Abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’Ubuseruko (EAC) bategeka umuhari M23 urwanira mu buseruko bwa RD Congo kuba washize...

M23 ibandanya yigarurira uturere twa Kongo

Rutshuru na Nyirangogo ni two turere dushasha umuhari wa M23 uherutse gufata. Turi mu gisagara ca Goma mu gihugu ca Republika iharanira...

Ihuriro EARTE rigeze ku musi wa ryo wa kane

Kuva kuri uwu wa 23 nyakanga, mu kibanza ca cercle Hippique mu gisagara ca Bujumbura  hariko haraba ihuriro ry’ivyo guteza imbere...

Jamafest yaraye ishitse mu Burundi

Kuva kuri uwu wa mbere hariko haraba mu gisagara ca Bujumbura isabukuru y’imico n’akaranga igira gatanu ihuza ibihugu bihurikiye mu...

Ukutumvikana hagati ya RD Congo n’Urwanda : Ibintu bitandatu ukwiye kumenya

Kuri uwu wa gatatu umukuru w’igihugu wa RD Congo n’uw’Urwanda bahuriye muri Angola kugira baganire ku kibazo c’umuhari M23...

Inteko za EAC muri RD Congo mu misi iza

Abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko (EAC) baremeje kuri uwu wa mbere umugambi wo kurungika abasirikare b’akarere...