B-NP Magazine

Category: Coopération

Imirwi irwanira muri DR Congo isabwa gushira ibirwanisho hasi

Umukuru w’igihugu ca Kenya, Uhuru Kenyatta, yasavye imihari yitwaje ibirwanisho ikorera muri Repubulika iharanira demokarasi ya Kongo...

Museveni na Kagame biyemeje kuroronderera amahoro akarere

Isanamu: BBC Gahuza Abo bategetsi babiri babonanye kuri uwu w’imana mw’ijoro, i Kampala. Inyuma y’ikiganiro bagiranye, bapfunditse ko...

Biyemeje gutuza imirwi irwanira mu buseruko bwa Kongo

  Inama y’abakuru b’ibihugu vy’akarere yabereye i Nairobi muri Kenya, kuri uwu wa kane, yashimikiye ahanini ku kibazo...

Nairobi : Abakuru b’ibihugu 4 mu nama y’umutekano

  Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, kuri uwu wa kane yafashe urugendo rumushikana mu gihugu ca Kenya. Yitavye inama...

Inauguration du buste de M.Youri Gagarine à Bujumbura

La Russie a inauguré le buste du premier explorateur de l’espace, Youri Gagarine, un citoyen russe, ce 12 avril à Bujumbura. La...

Uburundi bwibutse ku ncuro ya 28 imyaka iheze prezida Sipiriyano Ntaryamira asandavye

Kuri uwu wa 6 Ndamukiza, abarundi bibutse ku ncuro ya 28 urupfu rwa Sipiriyano Ntaryamira yahoze arongoye igihugu. « Discpline » mu...

Burundi- Rwanda : Imigenderanire yoba igiye gusubira nka mbere?

    Intumwa zidasanzwe z’Urwanda zirongowe n’umushikiranganji w’ico gihugu ajejwe kwivuna abansi ziri mu rugendo mu...

Ibihugu vyo mu karere vyiyemeje gukorera hamwe

Inama igira 10 y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere iraba ibibazo vy’amahoro, umutekano, n’imigenderanire yabereye i Kinshasa muri...

Intumwa ya Papa mu Burundi yaraye yakiriwe icese

Musenyeri Dieudonné Datonou, intumwa ya Papa mu Burundi yakiriwe icese na Ekeleziya gatolika y’uburundi kuri uwu wa 10 Ruhuhuma 2022....

Ibihugu vya Buraya vyaraye bikuye ibihano vyafatiye Uburundi

Gukura ibihano ku Burundi vyakozwe n’ishirahamwe ry’ibihugu vya Buraya ku wa 8 ruhuhuma 2022, vyerekana ko Reta yateye intambwe mu...

Galerie Mandela : igice cayo catokombeye !

  Inzu yo kudandarizamwo bita Galerie Mandela  iri mu gisagara ca Bujumbura, kw’ibarabara ryitiriwe « Boulevard de l’Uprona »,...

Burundi-Tanzanie : Vers un développement mutuel

Le Président burundais Evariste Ndayishimiye effectue une visite d’Etat de 3 jours en République Unie de Tanzanie, depuis ce vendredi....

Open chat