B-NP Magazine

Category: Musique

Kudaha agaciro ibikorwa mvabwenge bihomvya benshi

Kuri uwu wa 26 ndamukiza, harahimbaje kw’isi umusi mpuzamakungu wahariwe ibikorwa mvabwenge. Uwo musi washitse mu gihe mu Burundi...

Umuziki uri mu bigize ubuzima bwa misi yose !

Kuri uwu wa kane, niho hugururwa icese isabukuru ry’umuziki ndangakaranga « Marahaba Music Festival ». Benshi mu bakorera mu gisata...

Imico n’akaranga na vyo ni inkigi y’iterambere

Abahinga (artistes) batandatu bo mu bisata vyo gucapa, kuririmba, gutunganya amajwi n’isanamu… baraye batahutse bavuye mw’isabukuru...

Mr. Fresh: “Yoya Jamal ni we yatumye nkunda kuririmba”

  Yallèd Nshimirimana ni umuririmvyi wo mu ntara ya Makamba. Benshi bamuzi kw’izina ry’umuziki (Mr.Fresh.) Ntarashika kure....

Baby John : Ce monument de la musique burundaise !

Des débuts de sa carrière à l’inspiration liée à « Musi ya ca giti » (morceau devenu très célèbre dans les années 90), en...

Barigishijwe baramenya

Kuri uwu wa gatandatu ni ho ishure ry’umuziki «Umudiho Music Academy» ryarangiza inyigisho z’umuziki ryari rimaze imisi...

Gift Nolan, une star du breakdance

A seulement 5 ans, Gift Nolan Ntakirutimana est déjà un incroyable danseur de « breakdance ». Celle-ci est le style de danse hip-hop...

Abaririmvyi ba kera babona gute umuziki mu Burundi?

Mu gihe kw’igenekerezo rya 21 ruheshi uwu mwaka Uburundi bwifadikanije n’isi yose mu guhimbaza umusi mukuru w’umuziki, BNP Media...

La musique, une langue des émotions

Le 21 juin, le Burundi s’est joint au monde entier pour célébrer la fête de la musique. Nouveauté de cette année: les cérémonies...

Open chat