B-NP Magazine

Category: Dessin

Kudaha agaciro ibikorwa mvabwenge bihomvya benshi

Kuri uwu wa 26 ndamukiza, harahimbaje kw’isi umusi mpuzamakungu wahariwe ibikorwa mvabwenge. Uwo musi washitse mu gihe mu Burundi...

Imico n’akaranga na vyo ni inkigi y’iterambere

Abahinga (artistes) batandatu bo mu bisata vyo gucapa, kuririmba, gutunganya amajwi n’isanamu… baraye batahutse bavuye mw’isabukuru...

Gushushanya bitanga inyigisho n’inoti

Abahinga mu gucapa baraserura iciyumviro cerekeza gutanga impanuro bivanye n’inyifato babonye mu kibano canke ahandi. Diomède...

Open chat