B-NP Magazine

Category: Actualité

Burundi : Amasoko ntanganguvu yoba agiye kugwizwa ?

  Ku ncuro ya mbere, mu Burundi hatangujwe, kuri uwu wa 4 gitugutu, ihimbazwa ry’umusi wahariwe kuronka amasoko ntanganguvu mu...

Mu kanyosha baridoga !

 Imisi itanu irarumanye hibonekeza ikena ry’amazi mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura. Ingaruka zitandukanye zitandukanye ziramaze...

Kibuye : Abanyagihugu basaba ishirahamwe Regideso gutunganya gusha itangwa ry’amazi

Ku gacimbiri Kibuye, umutumba Kavumu, zone Muyira haraheze imyaka 3 hataboneka amazi uko vyategerezwa ! N’iyo aramutse abonetse, kenshi...

Kuki urugomero rw’umuyagankuba rwokwata imigaga rutaraheza kwubakwa?

Kuri uwu wa 26 nyakanga, umushikiranganji wa mbere yagendeye atateguje ahariko hubakwa  urugomero rw’umuyagankuba ku ruzi Jiji-Murembwe....

ONU : Ihuriro ridasanzwe rigira 77

    Menya bimwe mu biri mw’ijambo umukuru w’igihugu, Evariste Ndayishimiye, yaraye ashikirije mu nama igira 77...

Ba musitanteri basabwa kwitaho kuruta ibibazo vy’abenegihugu

Kuri uwu wa 13 nyakanga ni ho haba ukubisikanya hagati ya Martin Niteretse, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu aherutse...

Umwaka w’ishure w’2022 ushira uw’2023 watanguye ukuri kwamye

Kuri uwu wa 12 Nyakanga, ni ho mu gihugu cose hatangura umwaka w’ishure w’2022 ushira uw’2023. Ku mashure yose aho BNP Magazine...

Gervais Ndirakobuca ni nde?

Kuri uwa wa kane ni ho habaye kubisikanya hagati ya Alain Guillaume Bunyoni yahora ari umushikiranganji wa mbere na General de police...

Bimwe mu binyobwa vya Brarudi vyasubiye kuba umuzi w’ibuye!

Kuva hagati mu ndwi iheze, baba abica akanyota, abaranguza hamwe n’abarangura ntibaronka neza bimwe mu binyobwa bihingurwa...

Umunezero ni wose ku bakunzi b’akanyama

Amasoko atandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura yasubiriye kwanda inyama kuri uwu wa gatatu. Ni mu gihe hari haheze hafi amezi abiri...

Indagara ubu ni rya nawe !

Ikiro c’indagara cahora ku mafaranga ibihumbi 60 ubu kigeze ku bihumbi 18 gusa vy’amafaranga y’amarundi. Uyu musi baba abazifungura...

Imirongo yo ku bituro vy’ama “bus” ntikigira amasaha!

Kuva hasubiye kwibonekeza ubukene bw’ibitoro, ukwiyunguruza bisigaye ari akananira bahinga mu gisagara ca Bujumbura. Ku bituro...