B-NP Magazine

Posts by: B-NP MAGAZINE

Abigisha basaba ko agateka kabo ko kwubahirizwa gusumba

Uwa 5 gitugutu ni umusi mpunzamakungu wahariwe umwigisha. Nk’uko bamwe mu bigisha baganiriye na BNP Magazine babishikirije, mu Burundi...

Burundi : Amasoko ntanganguvu yoba agiye kugwizwa ?

  Ku ncuro ya mbere, mu Burundi hatangujwe, kuri uwu wa 4 gitugutu, ihimbazwa ry’umusi wahariwe kuronka amasoko ntanganguvu mu...

Ihuriro ry’abakenyenzi b’indongozi rigira gatatu rizotangura mu ndwi iza

« Amagara meza no gufungura neza ku bavyeyi, ibibondo n’imiyabaga » ni co civugo ihuriro ridazanzwe ry’abakenyezi b’indongozi...

Mu kanyosha baridoga !

 Imisi itanu irarumanye hibonekeza ikena ry’amazi mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura. Ingaruka zitandukanye zitandukanye ziramaze...

Kibuye : Abanyagihugu basaba ishirahamwe Regideso gutunganya gusha itangwa ry’amazi

Ku gacimbiri Kibuye, umutumba Kavumu, zone Muyira haraheze imyaka 3 hataboneka amazi uko vyategerezwa ! N’iyo aramutse abonetse, kenshi...

Iyo utazi iyo uva, ntumenya n’iyo uja!

Igisata kijejwe gushingura no kubungabunga inyandiko za kera (archives nationales) kiri mu gisagara ca Bujumbura gihanzwe n’ingorane...

Wikendi iratanguye ku mota

Ikibikumenyesha ubona abagore n’abakobwa basekeranira mu bibanza bitunganirizwamwo inzara n’imishatsi. Bamwe bavuga ko baba bariko...

Dutahuzanye ivyitiranwa vy’ishoka

Hari amazina y’ibikoresho kama vy’Uburundi atera azimangana. Ayandi agakoreshwa atabushishozi turinze kubaza ku ndangurakintu yayo....

“Uburundi bwosezera ubukene mu imyaka idashika na 25”

Kuri uwu wa 29 nyakanga, Ubushikiranganji bw’ikigega ca reta bwatunganije inama yo kurabira hamwe icokorwa kugira Uburundi busubire kuja...

Inkoko ni icitegererezo c’imico y’Uburundi

Kujisha inkoko n’ibiseke bifise intumbero nyamukuru zibiri : gukomeza umuco no kwiyungunganya. Ntahongendera Monika, w’imyaka 52,...

Ni igiki coba kiriko gituma urwaruka rw’uburundi ruhurumbira kuja mu mahanga ku bwinshi ?

 Haraciye imisi itari mike havugwa Abarundi (urwaruka ahanini) baja ku bwinshi mu mahanga kurondera ubuzima. Bamwe baja mu bihugu vyo ku...

« Gitega ni intara irangwa n’ingoma »

Kuri uwu wa 28 nyakanga, hatanguye mu gisagara ca Bujumbura ihayanishagurisha ry’ibihingurwa bishingiye ku mico n’akaranga...