Archives post
Imyaka myinshi ntiyamubujije gusubira kwishure !
B-NP MAGAZINEJan 31, 2023Like
Ku myaka 18 yiga mu wa kane, mw’ishure shingiro « Ecofo Ntahangwa », mu gisagara ca Bujumbura. Ni Kennedy Nihorimbere asanzwe ari...
Amafaranga ntakwiye kubikwa mu mazu!
B-NP MAGAZINEJan 31, 2023Like
“Nta mahera akwiye kubikwa mu mazu canke mu mifuko y’abantu. Akwiye kubikwa mu mabanki, ni ho agirira akamaro benshi ”. Vyashikirijwe...
Amakungu arakomeza gushigikira imigambi y’igihugu
B-NP MAGAZINEJan 31, 2023Like
Reta zunze Ubumwe za Amerika zigiye guterera Uburundi mu migambi yo kugarukana amahoro muri Somalia, indero n’uburimyi. Vyashirijwe na...
Bujumbura : amafaranga atozwa imodoka zikorera ruguru iyo zinjiye mu gisagara arahagaritswe.
B-NP MAGAZINEJan 31, 2023Like
Nta modoka ikorerea mu gihugu hagati izosubira kurihishwa amafaranga bita « frais de stationnement » yinjiye mu gisagara ca...
Kirundo : when irrigation boosts production
B-NP MAGAZINEJan 31, 2023Like
The government of Burundi launched new irrigation techniques and water management to make production increase. Kirundo is one of the...
Ubushikiranganji bujejwe inyubako bwakoresheje imiriyaridi 49 mu mezi 6 aheze
B-NP MAGAZINEJan 30, 2023Like
Kwubaka no gusubiramwo amabarabara, ibiraro, inyubako rusangi hamwe n’uburaro ni vyo vyaranguwe n’ubushikiranganji bw’inyubako....
« Aigle postal » zaroye he?
B-NP MAGAZINEJan 30, 2023Like
Haraciye igihe kinini imodoka zisize ibara ry’umuhondo z’ibibanza 18 zunguruza abantu zibakura mu gisagara ca Bujumbura zibadugana mu...
Basaba ko bogabanirizwa ayo batanga
B-NP MAGAZINEJan 30, 2023Like
Bamwe mu basore bapanze mu makaritiye atandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura baridogera amashirahamwe atoza amahera y’imicafu kuri buri...
Abayobozi b’amashure badahemba abanyezamu baragabishwa
B-NP MAGAZINEJan 30, 2023Like
umushikiranganji w’indero, François Havyarimana, asaba abayobozi b’amashure baheraniye abanyezamu umushahara wabo kumenya iyo...
Basaba ko hokubakwa ikiraro gihuza Jabe na Kigobe
B-NP MAGAZINEJan 27, 2023Like
Icambu kiri ku ruzi Ntahangwa ku ruhande rugabura amakaritiye ya Jabe na Kigobe mu gisagara ca Bujumbura kirahurumbirwa cane. Ni yo nzira...
Isanurwa ry’isoko nkuru ya Bujumbura ryoba rigeze he?
B-NP MAGAZINEJan 27, 2023Like
Imyaka cumi irarumanye isoko nkuru ya Bujumbura ihiye iratokombera. Hari kw’igendekerezo rya 27 Nzero umwaka w’2013. Mbega uwu...
« Barifumbereje »
B-NP MAGAZINEJan 27, 2023Like
Abadandaza mu buhinga bwo kurungika no kwakira amahera « transfert et retrait d’argent » mu buryo bwa ecocash bw’umuhora...