B-NP Magazine

Archives post

Kinama : Ni ayahe mabi aza imbere y’ayandi 

   Muri iyi misi 16 yahariwe amabi afatiye ku gitsina, BNP Magazine yagendeye bamwe mu bakenyezi n’abagabo badandariza mw’isoko  rya...

Imicafu ntipfa aho itawe

Alain Nijimbere arongoye igisata co gusukura igisagara ca Bujumbura asaba abanyagihugu kudasubira guta imicafu ahari ho hose. Ku bwiwe uko...

Ingunguru iheze ntibaca bata!

 Ingunguru itagikora irashobora kuvamwo ibindi bikoresho ngirakamaro bitandukanye. Ivyo umuntu abitahura neza iyo ageze mu Buyenzi,...

Entreprendre, option incontournable

Le salaire mensuel pour Brigitte Bukuru ne suffit point pour joindre les deux bouts du mois. Pour relever ce défi, l’habitante de la...

Menya bimwe mu vyerekeye gutanga ikori

   Mu migambi yose ikorwa, yaba iyikorwa n’umuntu ku giti ciwe canke kw’izina ry’ishirahamwe (société). Mu gihe akora...

Kwoba ari ukutamenya?

  Uburinganire ntarengerwa (zone tampon) bw’uruzi Ntahangwa ntibwubahirijwe ku mpande zimwe zimwe z’uburere rucamwo. Inyubakwa...

« Tugiye kuruhuka ivyondo biraho »

    Haraciye igihe gito hatanguye ibikorwa vyo gusubiramwo ibarabara rica inyuma y’isoko « Bujumbura City Market »....

Biogaz : solution d’avenir pour le Burundi ?

BNP Magazine vous fait découvrir la coopérative « Umugenzi w’ibidukikije » de Gitega réputée pour l’installation de biogaz...

Inama rukokoma yo kumenyesha amakuru : Bimwe mu vyasabwe

Gutahukana abamenyeshamakuru bahunze igihugu, gushigikira ibimenyeshamakuru mu gutunganya imigambi yo kwiteza imbere. Biri mu vyasabwe...

Mutakura-Cibitoke : Ubwinshi bw’abakongomani buri mu bituma amazu aduga !

Ubwinshi bw’abakongomani mu makaritiye amwe amwe yo mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura ngo buri mu bituma bene amazu bayaduza...

Ngo « urukwavu rurakura rukonka umwana » ?

Abageze muzabukuru bo muri zone Muyira, muri komine Kanyosha baridogera abo bibarutse kubona batabafasha ngo babe baramaze kabiri. Ababanyi...

Ihanura abakoresha izina ry’Imana ku nyungu zabo kubiheba

Inama nkuru y’abepiskopi katolika y’i Burundi isaba abarundi kwirinda gukoresha izina ry’Imana mu bintu bitagororotse. Mw’ijambo...