B-NP Magazine

Archives post

Iyo utazi iyo uva, ntumenya n’iyo uja!

Igisata kijejwe gushingura no kubungabunga inyandiko za kera (archives nationales) kiri mu gisagara ca Bujumbura gihanzwe n’ingorane...

Wikendi iratanguye ku mota

Ikibikumenyesha ubona abagore n’abakobwa basekeranira mu bibanza bitunganirizwamwo inzara n’imishatsi. Bamwe bavuga ko baba bariko...

Dutahuzanye ivyitiranwa vy’ishoka

Hari amazina y’ibikoresho kama vy’Uburundi atera azimangana. Ayandi agakoreshwa atabushishozi turinze kubaza ku ndangurakintu yayo....

“Uburundi bwosezera ubukene mu imyaka idashika na 25”

Kuri uwu wa 29 nyakanga, Ubushikiranganji bw’ikigega ca reta bwatunganije inama yo kurabira hamwe icokorwa kugira Uburundi busubire kuja...

Inkoko ni icitegererezo c’imico y’Uburundi

Kujisha inkoko n’ibiseke bifise intumbero nyamukuru zibiri : gukomeza umuco no kwiyungunganya. Ntahongendera Monika, w’imyaka 52,...

Ni igiki coba kiriko gituma urwaruka rw’uburundi ruhurumbira kuja mu mahanga ku bwinshi ?

 Haraciye imisi itari mike havugwa Abarundi (urwaruka ahanini) baja ku bwinshi mu mahanga kurondera ubuzima. Bamwe baja mu bihugu vyo ku...

« Gitega ni intara irangwa n’ingoma »

Kuri uwu wa 28 nyakanga, hatanguye mu gisagara ca Bujumbura ihayanishagurisha ry’ibihingurwa bishingiye ku mico n’akaranga...

Imbegete iwanyu muyita gute?

Mu gihugu hagati, barikorera ibintu batwaramwo ibintu basumye, basoromye, bashoye canke bakabitwaramwo amase mu mirima. Hari ico bajisha mu...

Inama y’ubucuti mpa nguhe

Kungurana ubumenyi, kurwiza amahinguriro no guhanahana ibidandazwa ni bimwe mu nyungu zitezwe mw’ihuriro ry’abarwizatunga b’Abarundi...

Yoronka umutahe yogera kure

  Isoya zirahingurwamwo amavuta asangiye akamaro n’amahoke. Bukaba ubundi buryo bwo kuvyaza umusaruro umwimbu w’ico giterwa....

Kuki urugomero rw’umuyagankuba rwokwata imigaga rutaraheza kwubakwa?

Kuri uwu wa 26 nyakanga, umushikiranganji wa mbere yagendeye atateguje ahariko hubakwa  urugomero rw’umuyagankuba ku ruzi Jiji-Murembwe....

Ihuriro EARTE rigeze ku musi wa ryo wa kane

Kuva kuri uwu wa 23 nyakanga, mu kibanza ca cercle Hippique mu gisagara ca Bujumbura  hariko haraba ihuriro ry’ivyo guteza imbere...