B-NP Magazine

Archives post

Ukwikukira : Kuja mu mashure vyari vyifashe gute ku ntwaro y’abazungu ?

Amashure yatangujwe n’abazungu b’abapatiri. Abavyeyi barahimirizwa kurungika abana mu mashure. Abahigitanije bagakubitwa ikimoko. Hari...