Archives post
Abarundi ni bamenyere kwubahiriza inyubako rusangi!
B-NP MAGAZINEJul 29, 2022Like
Kwubaka hamwe no gusanura amabarabara makuru y’igihugu be n’izindi nyubakwa rusangi ni bimwe mu bintu nyamukuru ubushikiranganji...
Kuva 2021, Uburundi bwaritunganije mu kurwanya urudandazwa rw’abantu!
B-NP MAGAZINEJul 28, 2022Like
Kuri uwu wa 28 mukakaro, umuhuzabikorwa mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi yashikirije ibitigiri vyegeranijwe na OIM rikorera mu...
Igitigiri c’abanyamitahe bava hanze kiracari hasi !
B-NP MAGAZINEJul 27, 2022Like
Mu cegeranyo c’ivyakozwe n’ikigo ADB (Agence de Développement du Burundi) mu mwaka wa 2021 ushira 2022, amashirahamwe...
Nta mwuga utamenyerwa !
B-NP MAGAZINEJul 26, 2022Like
Viateur Hakizimana ni umutayeri. Afise ubuhinga bwo gusubiramwo impuzu. Ni kuvuga kuyihindura, kuyigabanya canke kuyagura. Uwo...
Hambavu yo kwivuna abansi, barakora n’ibikorwa vy’iterambere!
B-NP MAGAZINEJul 26, 2022Like
Itoni zigera ku 160 z’amakara yahinguriwe mu ruganda rwabo, inyubakwa bakoreramwo basanuye, abaforoma 27 bigishijwe uko bobungabunga...
« N’abakenyezi barafise uburenganzira bwo gutorana !»
B-NP MAGAZINEJul 25, 2022Like
Kuri uwu wa mbere italiki 25 mukakaro, ikigo mu vyo giharanira harimwo agateka k’umukenyezi CDE (Centre for Development and Enterprises...
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati bwaranguye ivyo bwategerezwa ku bice 90%!
B-NP MAGAZINEJul 25, 2022Like
Impunzi 30 356 zatahukanywe, amalitiro 9217 y’inzoga zitemewe n’amategeko zasheshwe, ibiti vy’urumogi 159 vyaranduwe,...
Ikigo BBN kiragabisha abadandaza badakwije ibisabwa
B-NP MAGAZINEJul 22, 2022Like
Ico kigo kijejwe ubuziranenge mu Burundi (BBN) catanze ukwezi kumwe gusa ku mahinguriro yashize kw’isoko ibidandazwa bidakwije...
Albert Shingiro: “Ntaco tutazokora ngo Uburundi busayangane mu makungu”
B-NP MAGAZINEJul 22, 2022Like
Ikurwa ry’ibihano bitandukanye ku Burundi, amategeko atandukanye yo gukingira abarundi bafise ubuzi mu mahanga, gusubiza Uburundi...
“Mu buruhuko imisi yo kwimenyereza iba myinshi gusumba”
B-NP MAGAZINEJul 21, 2022Like
Abana barenga 100 ni bo bakurikiranwa n’ikigo « Centre de formation pépinière ». Ico na co cigisha abana bisumbuye na bato umupira...
Burundi: “ONU” yaraye itanze umuriyoni w’amadolari mu guhangana n’inyonko yo mu kiyaya ca Rift!
B-NP MAGAZINEJul 21, 2022Like
Mw’ikete ryasohotse kuri uwu wa 20 mukakaro, ishirahamwe mpuzazamakungu (ONU) ribicishije mu gisata caryo co gutabara ahateye ibiza...
Akanyama k’inka, impene n’intama koba kagiye gusubira kuboneka ?
B-NP MAGAZINEJul 20, 2022Like
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati, Gervais Ndirakobuca, yaraye asavye abahinga bajejwe amagara y’ibitungwa gutorera urucanco...