Archives post
Imiti kama yoba ivura ?
B-NP MAGAZINEJun 24, 2022Like
Mu mukaratusi ngo harashobora kuvamwo amavuta (huiles essentielles d’eucalyptus), afasha abagwayi b’indwara zo guhema....
Urwaruka rufise ingabirano yo kuririmba rugiye gushigikirwa
B-NP MAGAZINEJun 24, 2022Like
Ihiganwa “Nanje Ndaririmba” riha urwaruka rwipfuza gutangura umwuga wo kuririmba akaryo ko kuvyiga biciye mu guhiganwa, rigiye kuba ku...
Guhingura amatungo kama birijukiwe
B-NP MAGAZINEJun 24, 2022Like
Amatungo kama arakwiye gushishozwa ku buryo bwimbitse mu kumenya ibishobora kuyavamwo. Ikigazi kiramaze gusesangurwa kitwereka ko kivamwo...
Rwanda : Hatanguye inama ya Common wealth
B-NP MAGAZINEJun 24, 2022Like
Kuva kuri uwu gatanu hakoraniye i Kigali inama rukokoma y’abakuru b’ibihugu n’ama reta ahurikiye mu muryango Common Wealth. Ni...
Ines Nezerwa, umurundikazi akina mu murwi wa Basketball ukomeye w’i Buraya
B-NP MAGAZINEJun 24, 2022Like
Akina muri « BBC TROIS TORRENTS » wo mu Buswisi. Imbere y’aho yakinira umurwi wa kaminuza ikukira reta ya Iowa muri reta zunze ubumwe...
Boronka gute uburambe mu kazi bataratangura?
B-NP MAGAZINEJun 24, 2022Like
Kuri uwu wa kane, ubushikiranganji bw’urwaruka bufatanije n’ishirahamwe OIM hamwe n’ikigo PAEEJ, bwatunganije ihuriro...