B-NP Magazine

Archives post

Patience ingabire : « Umwuga urakiza »

  “Iyo amashure yanse, ngo ntiwokwihebura. Ahubwo ngo nyabuna woca wiga umwuga”. Bivugwa na Patience Ingabire, umwe mu bashikiwe...

Hemejwe itegeko rigenga gukoresha inguvu za nikleyeri

Inama nshingamateka yo mu Burundi yemeje, kuri uwu wa kane, ibwirizwa rigenga ikoreshwa ry’inguvu za nikleyeri (Loi nucléaire. Ryatowe...

Uburimyi n’ubworozi, biri mu vyo reta ishira imbere mu mafaranga izokoresha mu mwaka utanguye

Inama nshingamateka yaremeje kw’igenekerezo rya 21 Ruheshi itegeko rigenga amafaranga reta izokoresha mu mwaka wa 2022-2023. Imiyaridi...

Xaverine Nizigama : « tweho kuki ? »

  Umwuga wo kwegeka nti ukiri uw’abagabo gusa. N’abigeme n’abakenyezi basigaye bawukora. kera ngo wari umuziro kuri bo. Bafatira...

Open chat