B-NP Magazine

Archives post

Cotebu: abadandaza ivyamwa baridoga !

 Abadandariza ivyamwa kw’isoko ya cotebu bavuga ko gatatu mu ndwi bataronka ivyo barangura. Ngo biterwa n’uko hari abakongomani...

Burundi : Ubuhinga butera bwiyongera

Amakaro (carreaux), ibikoresho vyo ku meza (couverts de table) birahingurirwa mu Burundi hakoreshejwe amabuye kama dusanga mu mihingo...

Ikigwati ca Musenyi : Abageze kwubaka izabo ntiboroherwa !

Abarundi bahungutse bava muri Tanzaniya mu mwaka w’2009, baba mu kigwati co ku Musenyi muri komine Mabanda, Intara ya Makamba, bavuga ko...

Yarashwe n’umupolisi

Umunyagihugu agendesha imodoka yo mu bwoko bwa Probox yarshwe muri iki gitondo mu gisagara ca Bujumbura. Abanyagihugu babibonye bavuga ko...

Open chat