Archives post
Abafise amahinguriro basabwa kurushiriza kugwiza umwimbu
B-NP MAGAZINEJun 21, 2022Like
Kuri uwu wa 21 ruheshi, huguruwe icese indwi yahariwe amahinguriro mu Burundi. Mu birori vyatewe iteka n’icegera ca mbere c’umukuru...
Basaba gushigikirwa mu migambi bakora
B-NP MAGAZINEJun 21, 2022Like
Hasigaye iminsi 2 gusa kugira isi yose ihimbaze umunsi mpuzamakungu wahariwe abapfakazi. Uhimbazwa ku wa 23 Ruheshi, buri mwaka. Mbega...
Naho atabona neza mu kuvuza igitari yareserewe
B-NP MAGAZINEJun 21, 2022Like
Ni Clément Sengiyumva aba ku mtumba Majombe muri komine Mugongo-Manga intara ya Bujumbura. BNP Magazine yamusanze mw’i Jenda ariko...
Inteko za EAC muri RD Congo mu misi iza
B-NP MAGAZINEJun 21, 2022Like
Abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko (EAC) baremeje kuri uwu wa mbere umugambi wo kurungika abasirikare b’akarere...