B-NP Magazine

Archives post

OLUCOME : Reta ikwiye gukura amahera ikoresha mu makori y’abifise  (taxe sur la fortune) no mu gisata c’ubutare.

  « Aho Reta itegekanya gukura amafaranga izokoresha si ho yarikwiye kuyakura », vyashikirijwe, kuri uwu wa kabiri, n’ishirahamwe...

Abanyeshure basaba ko bogarukirwa

Abanyeshure biga muri kaminuza y’uburundi basaba ko inama rukokoma y’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi, y’iminsi itatu,...

Igisata c’indero coba kigiye guhagurukirwa?

Kuri uwu wa 14 ruheshi, hatanguye mu gisagara ca Bujumbura, ikoraniro kaminuza rizomara imisi itatu ryo kurabira hamwe ingorane zihanze...

Open chat