B-NP Magazine

Archives post

PARCEM: imyaka 60 Uburundi bumaze bwikukiye ubutunzi bwarahaboneye!

Kuri uwu wa kane, ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo (PARCEM) ryahaye ikiganiro abamenyeshamakuru. Hari mu...

Ico abarundi mu butandukane bwabo biyumvira ku kwikukira

    Kuri uyu wa 30 ruheshi, ikinyamakuru Jimbere gifadikanije n’igisagara ca Bujumbura, berekanye amasanamu 60, y’abatanze...

Jean-Claude Hakizimana : « bateri y’imodoka ipfuye nt’uca uta »

Amabateri y’imodoka yapfuye ngo birashoboka ko asubizwa ubuzima, maze agasubira gukora ukuri kwamye. Ivyo bisigurwa na Jean-Claude...

Bagona iki ku bijanye n’ukwikukira kw’Uburundi?

Mu misi ibiri gusa Uburundi buzohimbaza imyaka 60 bumaze kuva buronse intahe yo kwikukira. BNP Magazine yaganiriye n’abarundi...

Bahawe uruhusha rw’amananiza !

    Umunsi umwe mu ndwi (uwa gatandatu) watanzwe n’ubushikiranganji bw’intwaro  yo hagati mu gihugu kugira abanyonga amamoto na...

Burundi : Le secteur médiatique beaucoup convoité

La croissance en effectif des médias burundais dépasse la capacité de monitoring du Conseil National de Communication (CNC). Néanmoins,...

Burundi: Ibihingurwa mu nshato n’amahembe bigiye kuzimba

  Ingingo yo guhagarika kubaga ibitungwa, yafashwe n’abajejwe intwaro hamwe n’ubuyobozi bw’amacuniro ya Bujumbura, irakora ku...

Ikibazo c’abana bo mw’ibarabara n’abasega coba kigiye gutorerwa umuti?

  Kuva igenekerezo ry 21 Rusama, umushikiranganji w’imibano yahaye ikiringo kitarenga indwi zibiri abana bo mw’ibarabara hamwe...

Abadandaza mushikaki ntiborohewe

Nta mpene, nta nka eka nta n’intama bibarizwa mu tubare tumwe tumwe two mu gisagara ca Bujumbura. Ahenshi batanguye kuvuvudikira ingurube...

Barahiriye amabanga mashasha

Abantu 12 baherutse kugenwa mu nzego zitandukanye z’igihugu barahiye, kuri uwu wa mbere, imbere y’umukuru w’igihugu hamwe n’inama...

Amahinguriro asabwa kurushirizaho kugwiza umwimbu

  Kuri uwu wa 26 Ruheshi, ni ho hasozerwa indwi yahariwe amahinguriro. Nk’uko bishikirizwa na Olivier Suguru, umuyobozi w’ishirahamwe...

Bitera bikomera

Ubuyobozi bw’amacuniro y’i Bujumbura bwafashe ingingo yo kudasubira kubaga ibitungwa (impene, inka, intama) kuva kw’iri...