Archives post
Début du concours national : Plus de 71 mille élèves dans tout le pays
B-NP MAGAZINEMay 31, 2022Like
Ce 31 mai, tous les élèves de la 9ème post-fondamental ont passé le concours national édition 2022. Après les épreuves de la...
Intamba zizeye ko zizotsinda Namibiya
B-NP MAGAZINEMay 31, 2022Like
« Zariteguye neza ». Vyashikirijwe n’umumenyereza w’Intamba mu Rugamba mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa kabiri....
Umwuga wo gushona uramutungiye umuryango
B-NP MAGAZINEMay 30, 2022Like
Elissa Rukundo ashona impuzu zo mu bwoko butandukanye. Akorera aho benshi bita “Kwa Bagirako”, hagati mu gisagara ca Bujumbura. Avuga...
Akeza karigura!
B-NP MAGAZINEMay 30, 2022Like
Françoise Kanyange (Mama Queen) ni umukenyezi umwe mu badandariza ivyamwa imbere ya « Jardin Public », mu gisagara ca Bujumbura. BNP...
Burundi: akanyama k’inka, impene n’intama koba kagiye kwibagirwa?
B-NP MAGAZINEMay 27, 2022Like
Kw’ibagiro ry’ibitungwa ry’i Bujumbura (Abattoir de Bujumbura), hatanguye kwibonekeza inkurikizi z’indwara y’inyonko yo...
Boba bagiye gushigikirwa na bo ?
B-NP MAGAZINEMay 27, 2022Like
Kuri uwu wa 27 rusama, ubushikiranganji bw’ubudandaji bufadikanije n’umuryango w’ibihugu vya Buraya mu Burundi bwatanguje umugambi wo...
« Ecouter avec l’oreille du cœur »
B-NP MAGAZINEMay 27, 2022Like
Tel est le message du Pape pour les médias, cette année. C’est à l’occasion de la célébration de la 56ème journée mondiale des...
Biteguriye kugitora
B-NP MAGAZINEMay 24, 2022Like
Imyiteguro y’ikibazo ca reta co mu mwaka w’icenda w’ishure nshingiro (concours national) igeze kure mu mashure amwe amwe yo muri...
Burundi : Indwara y’ibitungwa itamenyerewe iraje ishinga aborozi
B-NP MAGAZINEMay 23, 2022Like
Haraheze iminsi hibonekeza, ku mbuga ngurukanabumenyi, amafoto y’inka zirwaye indwara itaramenyekane mu ntara zo mu buraruko...
Burundi : Gusuma indagara bisigaye ari ibiharuro birebire !
B-NP MAGAZINEMay 19, 2022Like
Ubukene bw’igitoro bwatumye ibifungurwa nka vyose biduga ibiciro mu masoko yo mu gisagara ca Bujumbura. Mw’isoko yo kuri...
Ibarabara ryitiriwe Lieutenant Général Adolphe Nshimirimana rigeze habi !
B-NP MAGAZINEMay 06, 2022Like
Iryo barabara riri muri komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura riramaze imyaka itari mike ritanguye kubomagurika, ubu rikaba...
Burundi : Où se limite le certificat délivré par BBN ?
B-NP MAGAZINEMay 06, 2022Like
Les produits avec certification BBN (Bureau Burundais de Normalisation) peuvent-ils aller à l’étranger ? Sévérin...