Archives post
Abanyororo barenga 500 barekuwe
B-NP MAGAZINEApr 29, 2022Like
574 ni igitigiri c’abanyororo batezuriwe kuri uwu wa gatanu, ku kigongwe c’umukuru w’igihugu, mu mabohero atandukanye yo mu Burundi....
“Ubu turaryama tugasinzira”
B-NP MAGAZINEApr 29, 2022Like
Abanyagihugu baba ku nkegera z’ikiyaga Tanganyika barashima ko uwu mwaka amazi ataduze nk’uko vyagenze mu mwaka uheze. Bamwe...
Kaminuza zisabwa gutora umuti w’ibibazo bihanze ikibano
B-NP MAGAZINEApr 28, 2022Like
Kuri uwu wa 28 ndamukiza habaye kwugurura icese umwaka w’ishure wa 2021 ushira uwa 2022 muri kaminuza zose ziri mu Burundi. Abategetsi,...
Imirwi irwanira muri DR Congo isabwa gushira ibirwanisho hasi
B-NP MAGAZINEApr 28, 2022Like
Umukuru w’igihugu ca Kenya, Uhuru Kenyatta, yasavye imihari yitwaje ibirwanisho ikorera muri Repubulika iharanira demokarasi ya Kongo...
SOBUPRODIA: ishirahamwe ryiyemeje gushigikira uburimyi
B-NP MAGAZINEApr 27, 2022Like
Sobuprodia ni ishirahamwe rirangurira hanze y’Uburundi imbuto zirobanuye, imiti y’ibiterwa hamwe n’ibikoresho vyo kurima....
Parking sud : les nids-de-poule mettent en danger les bus
B-NP MAGAZINEApr 27, 2022Like
Le parking de bus de l’ex-marché central de Bujumbura pour les transporteurs opérant dans la partie sud de la capitale économique,...
Abipfuza urucanco rwa Covid19 boba bakwa agacupa ?
B-NP MAGAZINEApr 27, 2022Like
Bamwe mu banyagihugu baba mu gisagara ca #Bujumbura babwiye #BNP_Magazine ko bishika bagatangishwa agafaranga kugira bandikirwe ko...
Kudaha agaciro ibikorwa mvabwenge bihomvya benshi
B-NP MAGAZINEApr 27, 2022Like
Kuri uwu wa 26 ndamukiza, harahimbaje kw’isi umusi mpuzamakungu wahariwe ibikorwa mvabwenge. Uwo musi washitse mu gihe mu Burundi...
Imfashanyo ya PAM yifashe gute mu Burundi ?
B-NP MAGAZINEApr 26, 2022Like
Abarundi barenga umuliyoni bari mu kaga ni bo bafashijwe mu mwaka uheze (2021) n’ishirahamwe rya ONU rijejwe gutanga ibifungurwa PAM....
Baramaze kumenyera kwitunganiriza imigambi
B-NP MAGAZINEApr 25, 2022Like
I Bujumbura, hatanguye ihuriro ry’Urwaruka rwo ku mugabane wa Afrika, mu ntumbero ku kurabira hamwe aho rugejeje ibijanye no...
Bagiye gusubira gukoresha ivyuma vyabo
B-NP MAGAZINEApr 25, 2022Like
Kuri uwu wa mbere, ni ho hatanguye isekeza ryo kwandikisha ivyuma biri mu bwoko bw’amapikipiki, amakinga (fuji) na jehokuki mu ma zone...
Museveni na Kagame biyemeje kuroronderera amahoro akarere
B-NP MAGAZINEApr 25, 2022Like
Isanamu: BBC Gahuza Abo bategetsi babiri babonanye kuri uwu w’imana mw’ijoro, i Kampala. Inyuma y’ikiganiro bagiranye, bapfunditse ko...